ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 1/13 rup. 1
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 14 Nzero

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 14 Nzero
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 14 NZERO
Igikorwa dukorera Ubwami—2013
km 1/13 rup. 1

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 14 Nzero

INDWI ITANGURA KU WA 14 NZERO

Ururirimbo rwa 52 n’isengesho

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

jr ikig. 4 ing. 1-8 (Imin. 30)

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Matayo 7-11 (Imin. 10)

No. 1: Matayo 10:24-42 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Nube umuntu atahura kandi wirinde gukurikira ibitabaho—1 Sam. 12:21; Imig. 23:4, 5 (Imin. 5)

No. 3: Umugabo ntakwiye kureka ngo umugore wiwe amubuze gukorera Imana—td 36C (Imin. 5)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 73

Imin. 10: Nubasahirize mu buryo buboneka. Insiguro ishingiye ku gitabu Ishure ry’Ubusuku, kuva ku rupapuro rwa 188, ingingo ya 4, gushika ku rupapuro rwa 189, ingingo ya 4. Nubaze muri make umuntu yafashijwe gutera imbere kubera ukuntu yitwararitswe n’abandi mu buryo budasanzwe.

Imin. 10: Hatwigisha iki? Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Saba abumviriza basome Matayo 4:1-11. Nimwihweze ukuntu ibivugwamwo bishobora kudufasha mu busuku.

Imin. 10: “Nushinge intahe inogangije.” Ibibazo n’inyishu.

Ururirimbo rwa 92 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika