Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 10 Nyakanga
INDWI ITANGURA KU WA 10 NYAKANGA
Ururirimbo rwa 23 n’isengesho
□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:
bt ikig. 26 ing. 9-15, n’uruzitiro ku rup. 208 (Imin. 30)
□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:
Igisomwa ca Bibiliya: Ezekiyeli 42-45 (Imin. 10)
No. 1: Ezekiyeli 43:13-27 (Imin. 4 canke idashika)
No. 2: Ubwami butangura kuganza mu gihe abansi ba Kristu bakiriho—td 30B (Imin. 5)
No. 3: Dutegerezwa gukora iki kugira ngo turonke impwemu nyeranda? (Imin. 5)
□ Ikoraniro ry’umurimo:
Imin. 10: Ukwiyigisha kuratuma tuba abasuku babishoboye. Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku gitabu Ishure ry’Ubusuku, urupapuro rwa 27-32. Nusozere mu gushikiriza Ibikurubikuru vyo mu murimo wo mu ndimiro.
Imin. 10: Ikirwanisho ico ari co cose kizocurirwa kukurwanya ntikizororanirwa. (Yes. 54:17) Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku Gitabu c’umwaka 2012, kuva ku rupapuro rwa 125, ingingo ya 1, gushika ku rupapuro rwa 126, ingingo ya 3, be n’urupapuro rwa 181, ingingo ya 3. Nusabe abumviriza bavuge ivyo bahigiye.
Imin. 10: “Nutanguze ibiyago mu buryo ngirakamaro.” Ibibazo n’inyishu.
Ururirimbo rwa 44 n’isengesho