ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 7/12 rup. 4
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 23 Mukakaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 23 Mukakaro
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2012
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 23 MUKAKARO
Igikorwa dukorera Ubwami—2012
km 7/12 rup. 4

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 23 Mukakaro

INDWI ITANGURA KU WA 23 MUKAKARO

Ururirimbo rwa 43 n’isengesho

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

bt ikig. 24 ing. 1-9, n’uruzitiro ku rup. 193 (Imin. 25)

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Ezekiyeli 18-20 (Imin. 10)

No. 1: Ezekiyeli 19:1-14 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Impwemu nyeranda si umuntu—td 27D (Imin. 5)

No. 3: Ibivugwa muri Matayo 21:43 bisigura iki? (Imin. 5)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 10

Imin. 5: Amatangazo.

Imin. 10: Nukoreshe neza ibintu umuntu ashobora kubona. Insiguro ishingiye ku gitabu Ishure ry’Ubusuku, kuva ku rupapuro rwa 247 gushika ku rwa 249, ingingo ya 2. Nimugire umwerekano mugufi mwisunze iciyumviro kimwe canke bibiri vyo muri ayo mayagwa.

Imin. 20: Yehova ni we yumva amasengesho. (Zab. 66:19) Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku Gitabu c’umwaka 2012, ku rupapuro rwa 59 ingingo ya 1-4; urupapuro rwa 183 ingingo ya 2; urupapuro rwa 186 ingingo ya 5; n’urupapuro rwa 198 ingingo ya 1, gushika ku rupapuro rwa 199 ingingo ya 1. Nusabe abumviriza bavuge ivyigwa bahigiye.

Ururirimbo rwa 56 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika