ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 10/11 rup. 8
  • Ibikurubikuru vyo mu murimo wo mu ndimiro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibikurubikuru vyo mu murimo wo mu ndimiro
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2011
Igikorwa dukorera Ubwami—2011
km 10/11 rup. 8

Ibikurubikuru vyo mu murimo wo mu ndimiro

Biraremesha kubona muri Rusama abavukanyi bacu na bashiki bacu bashika 310 bari abatsimvyi badasanzwe, ico kikaba ari igitigiri kitari bwigere gishikwako. Yehova ariko arahezagira agatima ko kwitanga berekana mu gufasha abantu b’imitima nziraburyarya. Birakora ku mutima kandi kubona muri ukwo kwezi twashikirije ibinyamakuru 67.554, ico kikaba ari igitigiri tutari bwigere dushikako.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika