Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 1 Myandagaro
INDWI ITANGURA KU WA 1 MYANDAGARO
Ururirimbo rwa 31 n’isengesho
□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:
bt ikig. 7 ing. 9-13, uruzitiro ruri ku rup. 56 (Imin. 25)
□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:
Igisomwa ca Bibiliya: Zaburi 87-91 (Imin. 10)
No. 1: Zaburi 89:26-52 (Imin. 4 canke idashika)
No. 2: Imvo zituma abasavyi ba Yehova b’abizigirwa bahimbarwa (Imin. 5)
No. 3: Yehova we musa ni we akwiye gusengwa (td 7C) (Imin. 5)
□ Ikoraniro ry’umurimo:
Imin. 10: Amatangazo. Mukoresheje uburyo bwo gutanguza ikiyago buri kuri uru rupapuro, nimugire umwerekano w’ukuntu inyigisho ya Bibiliya yotanguzwa ku wa gatandatu wa mbere wa Myandagaro. Nimuremeshe bose kubigiramwo uruhara.
Imin. 15: Nukoreshe ibigereranirizo vyigisha. Ikiganiro co guhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku gitabu Ishure ry’Ubusuku, urupapuro rwa 240-243. Nusabe abumviriza bigane ibigereranirizo bigufi bakoresheje bikabagendera neza mu gufasha uwo basanze ku muhana canke umutohoji wa Bibiliya kuzirikana.
Imin. 10: Ibikenewe iwanyu.
Ururirimbo rwa 129 n’isengesho