ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 7/11 rup. 2
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 18 Mukakaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 18 Mukakaro
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2011
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 18 MUKAKARO
Igikorwa dukorera Ubwami—2011
km 7/11 rup. 2

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 18 Mukakaro

INDWI ITANGURA KU WA 18 MUKAKARO

Ururirimbo rwa 98 n’isengesho

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

bt ikig. 6 ing. 17-24, uruzitiro ruri ku rup. 48 (Imin. 25)

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Zaburi 74-78 (Imin. 10)

No. 1: Zaburi 77:1-20 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Uburyo butandukanye dushobora kurwanya Shetani—Yak. 4:7 (Imin. 5)

No. 3: Gukoresha ibishushanyo birasiga iceyi Imana (td 7A) (Imin. 5)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 130

Imin. 5: Amatangazo.

Imin. 15: Twiga iki? Ikiganiro co guhana ijambo n’abumviriza. Nimusome Yohani 4:3-24 maze muhaganireko. Nimwihweze ukuntu dushobora kwigana Yezu mu busuku bwacu. Nimuce mugira umwerekano w’ibintu bibaho koko werekeye umwamamaji ariko arashinga intahe akaryo kizanye.

Imin. 15: “Abana bawe boba biteguye?” Ibibazo n’inyishu. Nusabe abavyeyi n’abana bavuge ingorane zimwezimwe zishikira abakirisu kw’ishure. Mumaze kwihweza ingingo ya 3, nimugire umwerekano w’agakino k’umwimenyerezo aho sebibondo amera nk’umwigisha maze umwana akamusigurira igituma adashobora kugira uruhara mu gakorwa katabereye yashinzwe kw’ishure.

Ururirimbo rwa 91 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika