ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 4/11 rup. 1
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 11 Ndamukiza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 11 Ndamukiza
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2011
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 11 NDAMUKIZA
Igikorwa dukorera Ubwami—2011
km 4/11 rup. 1

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 11 Ndamukiza

INDWI ITANGURA KU WA 11 NDAMUKIZA

Ururirimbo rwa 44 n’isengesho

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

bt ikig. 2 ing. 8-15 (Imin. 25)

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Yobu 21-27 (Imin. 10)

No. 1: Yobu 25:1–26:14 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Igituma umusaraba udakwiye gukoreshwa mu bijanye no gusenga (Imin. 5)

No. 3: Ivy’uguterwa amaraso birahumanya ubweranda bwayo—(td 2A) (Imin. 5)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 98

Imin. 5: Amatangazo. Numenyeshe ishengero aho isekeza ryo gutanga ubutumire bw’Icibutso rigeze aho iwanyu.

Imin. 10: Niwigane wa Mumisiyonari mukuru. Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku Munara w’Inderetsi wo ku wa 15 Ruhuhuma 2008, urupapuro rwa 18-20, ingingo ya 10-16. Mumaze kuganira kuri kimwekimwe muri ivyo vyabonywe, nusabe abumviriza bagire ico bavuze ku vyigwa bahigiye.

Imin. 10: Ingene twoshinga intahe dukoresheje amakete. Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku gitabu Ishure ry’Ubusuku, urupapuro rwa 71-73.

Imin. 10: “Hazoshingwa intahe ikomeye.” Ibibazo n’inyishu.

Ururirimbo rwa 8 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika