ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 7/10 rup. 1
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 12 Mukakaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 12 Mukakaro
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2010
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 12 MUKAKARO
Igikorwa dukorera Ubwami—2010
km 7/10 rup. 1

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 12 Mukakaro

INDWI ITANGURA KU WA 12 MUKAKARO

Ururirimbo rwa 10

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

cl ikig. 23 ing. 15-21

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: 1 Abami 9-11

No. 1: 1 Abami 9:10-23

No. 2: Abantu barashobora guterwa iteka, ariko Imana yonyene ni yo ikwiye gusengwa (td 32B)

No. 3: Ukuntu abakirisu b’ukuri bagaragaza ubukerebutsi buva hejuru (Yak. 3:17)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 159

Imin. 5: Amatangazo.

Imin. 15: Woba umaze kubigerageza? Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Nimwihweze muri make amakuru ari muri ibi biganiro biherutse gusohoka mu Gikorwa dukorera Ubwami: “Dutsinde urugamba rwo kubwira inkuru nziza abantu b’abagabo” (8/09), “Turi Ivyabona igihe cose” (11/09), “Nube umufasha mwiza igihe mugeze ku muhana” (3/10). Nusabe abumviriza bagire ico bavuze ku kuntu bashize mu ngiro inama dusanga muri ivyo biganiro be n’ingene bavyungukiyeko.

Imin. 15: “Ikintu dushira imbere y’ibindi.” Ikiganiro c’ibibazo n’inyishu.

Ururirimbo rwa 15

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika