ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 5/10 rup. 6
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 31 Rusama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 31 Rusama
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2010
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 31 RUSAMA
Igikorwa dukorera Ubwami—2010
km 5/10 rup. 6

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 31 Rusama

INDWI ITANGURA KU WA 31 RUSAMA

Ururirimbo rwa 180

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

cl ikig. 21 (uruzitiro) na ikig. 22 ing. 1-3

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: 2 Samweli 16-18

No. 1: 2 Samweli 17:1-13

No. 2: Igituma Yezu yitwa “Umukama w’Isabato” (Mat. 12:8)

No. 3: Ugukizwa kwo mu buryo bw’impwemu gufise akamaro akahe? (td 31A)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 81

Imin. 5: Amatangazo.

Imin. 10: “Woba umaze kwereka umuntu ugendeye ubwa mbere ingene inyigisho iyoborwa?” Insiguro. Umaze gusigura ibijanye n’inama tugirwa muri ico kiganiro, nimubigirire umwerekano.

Imin. 20: “Ingene twomenyereza abashasha kwamamaza.” Ikiganiro c’ibibazo n’inyishu. Mumaze kwihweza ingingo ya 5, nimugire umwerekano werekana umukurambere ariko arakorana n’umwamamaji mushasha. Uwo mwamamaji mushasha arashikiriza inkuru nziza mugabo ntagerageze gusoma icanditswe. Bavuye kuri nya muhana, uwo mukurambere aca amuterera iciyumviro abigiranye ubugenge n’umutima mwiza, akaremesha uwo mushasha ko yoza arakoresha Bibiliya ageze ku muhana.

Ururirimbo rwa 77

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika