ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 2/10 rup. 7
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 22 Ruhuhuma

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 22 Ruhuhuma
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2010
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 22 RUHUHUMA
Igikorwa dukorera Ubwami—2010
km 2/10 rup. 7

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 22 Ruhuhuma

INDWI ITANGURA KU WA 22 RUHUHUMA

Ururirimbo rwa 191

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

lv ikig. 17 ing. 11-22

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Abacamanza 19-21

Isubiramwo ryo mw’Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 28

Imin. 5: Amatangazo.

Imin. 10: Ibisohokayandikiro vyo gushikiriza muri Ntwarante. Nubaze ibibazo abamamaji babiri, ubasabe gusigura ibiganiro basanze ari ngirakamaro mu bisohokayandikiro vyo gushikiriza muri ukwo kwezi be n’uburyo bwo kubishikiriza basanze ari ngirakamaro mu cibare. Nusabe umwe wese muri bo agire umwerekano w’ukuntu yobishikiriza canke asubiremwo ivyabaye vyerekana ukuntu ico gisohokayandikiro cokoreshwa mu gutanguza inyigisho ya Bibiliya.

Imin. 10: Gufasha abantu kuzirikana birabaremesha gutega yompi. Insiguro ishingiye ku gitabu Ishure ry’Ubusuku, ku rupapuro rwa 251 gushika ku rwa 253, ingingo ya 2.

Imin. 10: Kuyobora abashimishijwe kw’ishirahamwe rya Yehova. Ikiganiro co guhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku ngingo zitatu ziri munsi y’agatwe kari ku rupapuro rwa 99 mu gitabu Twagizwe ishirahamwe. Nubaze abumviriza uburyo bakoresheje mu kuyobora abashimishijwe kw’ishirahamwe rya Yehova. Nubaze ibibazo umwamamaji yungukiye ku kuba uwamwigisha Bibiliya yaragize ico kintu.

Ururirimbo rwa 127

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika