ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 8/09 rup. 8
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2009
  • Ivyo bijanye
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2009
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2009
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2009
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2010
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2009
km 8/09 rup. 8

Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru

Umunara w’Inderetsi 1 Mukakaro

“Abantu benshi bafise Bibiliya babona ko igoye gutahura. Woba nawe urigera wiyumvira gutyo? [Rindira yishure.] Nk’uko uwu murongo uvyerekana, uwo Bibiliya ikomokako yipfuza ko dutahura Ijambo ryiwe ryanditswe tukongera tukaryungukirako. [Soma Zaburi 119:130.] Iki kinyamakuru kirimwo uburyo butatu buzodufasha gutahura Bibiliya.”

Réveillez-vous! Mukakaro

“Abantu benshi barishwe n’intuntu muri kino gihe. Woba wibaza ko Imana ubwayo yitaho abafise umubabaro wo mu mutima? [Rindira yishure, uce usoma muri Zaburi 34:18.] Iki kinyamakuru kirasigura ingene abafise intuntu boshobora kuronka imfashanyo iva ku Mana, naho basabwa no kwivuza. Kiratugira kandi inama y’ivyo dushobora kuvuga kugira ngo tubahumurize.”

Umunara w’Inderetsi 1 Mukakaro

“Woba wibaza ko bishoboka ko umuntu aronka amahoro yo mu mutima muri ibi bihe bidurumbanye? [Rindira yishure.] Raba ivyo Bibiliya ivuga mu Bafilipi 4:6, 7. [Soma.] Iki kiganiro kirasigura ukuntu dushobora kuronka amahoro Imana itanga.” Niwerekane ikiganiro gitangurira ku rupapuro rwa 10.

Réveillez-vous! Mukakaro

“Abenshi muri twebwe turakenguruka ivyo abavyeyi bacu batwigishije. Wiyumvira none ko kwoba ari ukutubaha abavyeyi hamwe twosuzuma inyigisho zijanye n’ivy’Imana twize tukiri abana? [Rindira yishure, uce usoma muri 1 Yohani 4:1.] Iki kiganiro kirerekana nimba vyoba ari bibi ko duhindura idini.” Numwereke ikiganiro gitangurira ku rupapuro rwa 28.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika