ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 8/09 rup. 1
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 10 Myandagaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 10 Myandagaro
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2009
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 10 MYANDAGARO
Igikorwa dukorera Ubwami—2009
km 8/09 rup. 1

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 10 Myandagaro

INDWI ITANGURA KU WA 10 MYANDAGARO

Ururirimbo rwa 78

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

lv ikig. 8 ing. 11-18

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Guharūra 7-9

No. 1: Guharūra 9:1-14

No. 2: Imisi mikuru yose yoba ihimbara Imana? (lr ikig. 29)

No. 3: Uburyo twerekaniramwo ko turi intadohoka kuri Yehova

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 47

Imin. 5: Amatangazo.

Imin. 10: Ibisohokayandikiro vyo gushikiriza muri Myandagaro. Mwoshobora kugira umwerekano w’uburyo bwo gushikiriza ibisohokayandikiro bwagaragaye ko ari ngirakamaro mu cibare iwanyu. Nimwerekane kandi ingene mwokoresha ico gisohokayandikiro igihe mutanguza inyigisho ya Bibiliya.

Imin. 10: Gusigura Ubwami. Insiguro ishingiye ku gitabu Ishure ry’Ubusuku, urupapuro rwa 280 ingingo ya 1, gushika ku rupapuro rwa 281 ingingo ya 2.

Imin. 10: “Porogarama y’Umusi w’iteraniro ridasanzwe ryo mu 2010.” Ikiganiro c’ibibazo n’inyishu.

Ururirimbo rwa 93

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika