Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 13 Ndamukiza
INDWI ITANGURA KU WA 13 NDAMUKIZA
□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:
lv amayagwa y’inyongera ahera ku gatwe kari ku rup. 207 agashika ku gatwe kari ku rup. 209
□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:
Igisomwa ca Bibiliya: Kuvayo 11-14
No. 1: Kuvayo 12:21-36
No. 2: Igituma dukwiye kubabarira abandi (lr ikig. 14)
No. 3: Siyansi y’ukuri irashigikira inkuru yo muri Bibiliya ivuga ivy’irema (td 17A)
□ Ikoraniro ry’umurimo:
Imin. 5: Amatangazo.
Imin. 10: Nimusuzume aho ibijanye n’umusi udasanzwe wo gutanguza inyigisho za Bibiliya bigeze. Nimwigane icabonywe kimwe canke bibiri vy’aho iwanyu.
Imin. 10: Nuvugane ubugenge igihe ushinga intahe. Ikiganiro co guhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku mayagwa ahera ku gatwe kari amaja epfo ku rupapuro rwa 197 mu gitabu c’Ishure ry’Ubusuku. Nimugire umwerekano w’ukuntu umwamamaji yobigenza igihe uwo bariko baraganira avuze amajambo abantu bakunda kuvuga iyo badashaka ko tuganira.
Imin. 10: “Kwamamaza biratuma tuguma dukomeye mu vy’impwemu.” Ikiganiro c’ibibazo n’inyishu.