ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 2/08 rup. 7
  • Amatangazo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amatangazo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2008
Igikorwa dukorera Ubwami—2008
km 2/08 rup. 7

Amatangazo

◼ Ibisohokayandikiro vyo gushikiriza muri Ruhuhuma: Igitabu Akabanga ko Kuronka Agahimbare mu Rugo canke igitabu Ubumenyi. Ntwarante: Hazoshikirizwa igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? hongere hagirwe akigoro kadasanzwe ko gutanguza inyigisho za Bibiliya. Ndamukiza na Rusama: Ibinyamakuru Umunara w’Inderetsi na Réveillez-vous! hamwe n’igitabu Senga Imana Yonyene y’Ukuri. Hazogirwa akigoro ko gutanguza inyigiso ya Bibiliya yo ku muhana mu gitabu Senga Imana, canecane ku bantu bamaze kwiga igitabu Ivyo Bibiliya yigisha be n’agatabu Ni ibiki Imana idusaba?.

◼ Kubera ko ukwezi kwa Ntwarante gufise impera z’umushamvu zitanu zuzuye, kuzoba ari ukwezi kwiza cane kwo gukoramwo ubutsimvyi bwo gufasha.

◼ Umunyamabanga be n’umucungezi w’umurimo bakwiye gusuzuma igikorwa c’abatsimvyi basanzwe bose. Nimba hari abafise ingorane yo gushitsa amasaha asabwa, abakurambere bakwiye kuringaniza ivy’uko bosahirizwa.

◼ Insiguro idasanzwe yo mu kiringo c’Icibutso co mu 2008 ifise umutwe uvuga ngo “Ni nde ashoboye gutegeka abantu?”. Raba itangazo bijanye riri mu Gikorwa dukorera Ubwami co muri Gitugutu 2007.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika