Amatangazo
Ruheshi: Nimushikirize igitabu Igira kuri wa Mwigisha Ahambaye. Mu gihe abantu bavuze yuko ata bana bafise, nimubashikirize igitabu Ubumenyi. Nimugire akigoro ko gutanguza inyigisho za Bibiliya zo ku muhana. Mukakaro na Myandagaro: Ako ari ko kose mu dutabu tw’impapuro 32 dukurikira koshobora gukoreshwa: Bitugendera Gute Iyo Dupfuye?, Dieu se soucie-t-il vraiment de nous?, Doit-on croire à la Trinité?, Intwaro izozana Iparadizo, Iyo Uwo Wakunda Apfuye, Kuba kw’isi ibihe bidashira mu gahimbare!, Le nom divin qui demeure à jamais, Quel est le but de la vie? Comment le découvrir? hamwe na “Voici, je fais toutes choses nouvelles”. Mu duce tumwetumwe tw’icibare, udutabu dukurikira twoshobora kuba tubereye: Connaîtrons-nous un jour un monde sans guerre?, Imizimu y’Abapfuye—Yoba Ishobora Kugufasha Canke Kugutera? Ubwo Irabaho vy’Ukuri?, Nos problèmes—qui nous aidera à les résoudre?, Une vie pleinement satisfaisante: Comment? be na Un livre pour tous. Igitabu Ubumenyi Bujana mu Buzima Budahera kirashobora gushikirizwa canecane mu vyibare biri ukwa vyonyene. Nyakanga: Ibitabu Y a-t-il un Créateur qui se soucie de vous?, Ubumenyi Bujana mu Buzima Budahera, ka gatabu k’impapuro 32 kavuga ngo Mwame mugavye! Canke ikindi gitabu ca kera cose ishengero rifise mu bubiko, birashobora gushikirizwa.