ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 8/02 rup. 7
  • Amatangazo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amatangazo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2002
Igikorwa dukorera Ubwami—2002
km 8/02 rup. 7

Amatangazo

◼ Ibisohokayandikiro vyo gushikiriza muri Myandagaro: Ako ari ko kose mu dutabu tw’impapuro 32 dukurikira koshobora gukoreshwa: Bitugendera Gute Iyo Dupfuye?, Dieu se soucie-t-il vraiment de nous?, Doit-on croire à la Trinité?, Intwaro Izozana Iparadizo, Iyo Uwo Wakunda Apfuye, Kuba kw’isi ibihe bidashira mu gahimbare!, Le nom divin qui demeure à jamais, Quel est le but de la vie? Comment le découvrir? hamwe na “Voici, je fais toutes choses nouvelles.” Udutabu Connaîtrons-nous un jour un monde sans guerre?, Imizimu y’Abapfuye—Yoba Ishobora Kugufasha Canke Kugutera? Ubwo Irabaho vy’Ukuri?, Nos problèmes: qui nous aidera à les résoudre? hamwe na Un livre pour tous, twoshobora gushikirizwa aho bibereye. Udutabu La voie de Dieu est une voie d’amour, Les esprits invisibles—Sont-ils bons ou malfaisants? hamwe na Y a-t-il un Dieu qui se soucie de nous? na two nyene twoshobora gushikirizwa. Nyakanga: La Révélation: e grand dénouement est proche! canke La vie: comment est-elle apparue? Évolution ou création? Gitugutu: Ibinyamakuru Umunara w’Inderetsi na Réveillez-vous! Aho abantu bashimishijwe, nushikirize agatabu Ni Ibiki Imana Idusaba?, ugire akigoro kadasanzwe ko gutanguza inyigisho za Bibiliya. Munyonyo: Ni Ibiki Imana Idusaba? canke Ubumenyi Bujana mu Buzima Budahera. Nimba abantu baramaze kubironka, harashobora gushikirizwa igisohokayandikiro ca kera.

◼ Amashengero arakwiye gutangura gusaba Calendrier des Témoins de Jéhovah 2003 (Ikirangamisi c’Ivyabona vya Yehova 2003), Twihweze Ivyanditswe ku Musi ku Musi—2003 na Annuaire des Témoins de Jéhovah 2003, kuri komande zayo zikurikira. Ikirangamisi c’Ivyabona vya Yehova co mu 2003 kizoboneka mu Carabu, mu Congereza, mu Gifaransa, mu Gihindi, mu Gishinwa, no mu Giswahili. Agatabu Twihweze Ivyanditswe ku Musi ku Musi—2003 kazoboneka mu rurimi rwitwa Amharic, mu Carabu, mu Congereza, mu Gifaransa, mu Gihindi, mu Gishinwa, mu Gishinwa (Coroheje), mu Giswahili, mu Kiganda, mu Kigujarati, mu Kinyarwanda, mu Kirundi, mu Gitigirinya no mu rurimi rwitwa Urdu. Igitabu Annuaire des Témoins de Jéhovah 2003 kizoboneka mu Carabu, mu Congereza, mu Gifaransa no mu Gishinwa.

◼ Umucungezi muhagarikizi canke uwundi wese yagenywe na we akwiye kugenzura amakonte y’ishengero ku wa 1 Nyakanga canke vuba bishoboka inyuma y’iryo genekerezo. Ivyo bimaze kugirwa, murabitangariza ishengero raporo y’ivy’amakonte ikurikira imaze gusomwa.

◼ Ku wa 30 na 31 Myandagaro 2002 gushika ku wa 1 Nyakanga 2002, Sosiyete izogira itondanuza ry’ibisohokayandikiro vyose Beteli ifise. Kubera iryo tondanuza, nta ma komande y’ibisohokayandikiro y’ishengero azotunganirizwa ivyayo ngo birungikwe canke ngo bitorwe muri iyo misi.

◼ Inama Nyobozi yaratanze uburenganzira bwo kwubaka isomero ku bw’Ishure Rimenyereza Abasuku, mu bwatsi bwubatswemwo ishami rya Kenya. Iryo somero rizoba ryarangiye kwubakwa mu gihe c’ugutangura ikiringo gikurikira c’ivyigwa, bikaba bitegekanijwe gutangura kw’igenekerezo rya 5 Nyakanga 2002.

◼ Ibisohokayandikiro bishasha biboneka:

Woba Ufise Umutima w’Ubwenge Udapfa?—mu Gikamba no mu Gikuyu

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika