Udukuru twa Gitewokarasi
◼ Ingoro z’Ubwami zikurikira ziheruka gushikirizwa:
Burundi: Kinama na Nyabihanga.
Kenya: Eldoret-Race Course, Kagio, Kaimosi, Kilgoris, Kivaa, Luanda, Masinga Dam, Naivasha, Ondiri na Sultan Hamud.
Tanzaniya: Ifuwa, Kahe, Malowe, Nditu, Nkala, Sumbawanga Kaskazini na Turiani.