ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 6/01 rup. 7
  • Amatangazo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amatangazo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2001
Igikorwa dukorera Ubwami—2001
km 6/01 rup. 7

Amatangazo

◼ Ibisohokayandikiro vyo gushikiriza muri Ruheshi: Ni Ibiki Imana Idusaba? canke Ubumenyi Bujana mu Buzima Budahera. Niwihatire ku gutanguza inyigisho za Bibiliya zo ku muhana. Mukakaro na Myandagaro: Ako ari ko kose mu dutabu tw’impapuro 32 dukurikira koshobora gukoreshwa: Bitugendera Gute Iyo Dupfuye?, Dieu se soucie-t-il vraiment de nous?, Doit-on croire à la Trinité?, Intwaro izozana Iparadizo, Iyo Uwo Wakunda Apfuye, Kuba kw’isi ibihe bidashira mu gahimbare!, Le nom divin qui demeure à jamais, Quel est le but de la vie? Comment le découvrir? hamwe na “Voici, je fais toutes choses nouvelles.” Udutabu Connaîtrons-nous un jour un monde sans guerre?, Imizimu y’Abapfuye—Yoba Ishobora Kugufasha Canke Kugutera? Ubwo Irabaho vy’Ukuri?, Nos problèmes: qui nous aidera à les résoudre? hamwe na Un livre pour tous, twoshobora gutangwa aho bibereye. Agatabu Imizimu—Irashobora Kudufasha? Canke Irashobora Kudutera? hamwe n’ibitabu Les jeunes s’interrogent be na L’humanité à la recherche de Dieu na vyo nyene bizoshikirizwa. Nyakanga: Le plus grand homme de tous les temps, Urashobora Kubaho Ibihe Bidashira mw Iparadizo ngaha kw Isi, hamwe na La Révélation: le grand dénouement est proche!

◼ Ku barezi berekana ko bashimishwa bimwe bidasanzwe na ya videwo La fermeté des Témoins de Jéhovah face à la persécution nazie (Ugushikama kw’Ivyabona vya Yehova Bahanganye n’Uruhamo rw’Abanazi), canke abatanga ivyigwa vyerekeye kwa gutikiza Abayuda kwagirwa n’Abanazi, Ikaseti imara iminuta 28 yateguwe mu buryo bwegeranijwe yo kurorera mw’ishure, ikaba iri kumwe n’igitabu c’ukwigiramwo c’impapuro 56 zishobora gusokorwa, biraboneka. Naho ivyo bikoresho bitagabanganywa na Sosiyete Watchtower, abigisha canke abanyeshure barashobora kubaza ingene bobironka, mu kwandikira ibiro.

◼ Ihwaniro ripfunyapfunywe ryo mu rurimi rw’Ikilukonjo rizogirwa i Rusese Bwera mu Buganda, ku wa 15 na 16 Nyakanga 2001.

◼ Porogarama y’ihwaniro ry’intara ryo mu 2001 izotangura isaha 3:00 zo mu gitondo imisi yose aho gutangura isaha 3:30 nk’uko vyerekanywe mu Gikorwa Dukorera Ubwami co muri Rusama 2001.

◼ Agatabu Niwijukire Gusoma no Kwandika ubu karaboneka mu Kirundi kuri Depo y’i Bujumbura. Amashengero arongora ivyigwa vyo gusoma no kwandika arashobora kugira komande y’igitigiri c’ivyo bakeneye.

◼ Ibisohokayandikiro Bishasha Biboneka:

De kurukshetra à Harmaguédon—et à votre survie—Mu Gihindi

Le destin dirige-t-il notre vie, ou Dieu nous tient-il pour responsables de nos actes? (Itaragiti No. 71)—Mu Congereza (yateguriwe Abisilamu)

◼ Amakaseti Videwo Mashasha Aboneka:

No Blood—Medicine Meets the Challenge (Ubuvuzi Butsinda Urugamba rwo Kuvura Hadakoreshejwe Amaraso)—Mu Congereza

◼ Ibisohokayandikiro Bishasha Biboneka Kuri Depo y’i Bujumbura:

Ivy’Igifaransa: Appliquez-vous à la lecture et à l’écriture (ay-F) Gusenga (uw-F); Prédicateurs (jv-F); Toute Écriture (si-F); Ubumenyi (kl-F); Vivre éternellement (Spe-F); imbumbe z’Umunara w’Inderetsi z’imyaka ya 1950-1951; 1952-1953; 1956-1957; 1958-1959; 1977; 1979; 1983; 1994; Imbumbe ya Réveillez-vous! y’umwaka wa 1994. Amakaseti ya Bibiliya: Igitabu ca Kuvayo gushika ku c’Abacamanza; ica 1 Samweli gushika ku ca Ezira; Yeremiya; Ezekiyeli; Daniyeli; Mariko gushika ku Baroma; Abaheburayo; 1 Petero; 2 Petero; Ivyahishuriwe.

Ivy’Ikirundi: Ubumenyi (kl-RU); Inkuru za Bibiliya (my-RU); Ni Ibiki Imana Idusaba (rq-RU); Iyo Dupfuye (ie-RU); Umukunzi w’Imana (gf-RU).

Ivy’Igiswahili: Igitabu c’Umwaka (Annuaire) co mu 1994.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika