ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 5/99 rup. 7
  • Amatangazo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amatangazo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—1999
Igikorwa dukorera Ubwami—1999
km 5/99 rup. 7

Amatangazo

◼ Ibisohokayandikiro vyo gushikiriza muri Rusama: Gusaba abantu kwandikisha abonema y’Umunara w’Inderetsi na Réveillez-vous! Ahadakunda kuboneka abandikisha abonema, murashikiriza ivyo binyamakuru vyompi ku ntererano bisanzwe bitangirwa. Nimushikirize kandi agatabu Ni Ibiki Imana Idusaba? abantu bashimishwa, mwongere mwihate gutanguza inyigisho za Bibiliya zo ku muhana. Ruheshi: Ubumenyi Bujana mu Buzima Budashira. Mukakaro na Myandagaro: Agatabu k’impapuro 32 ako ari ko kose muri utu dukurikira koshobora gukoreshwa: Dieu se soucie-t-il vraiment de nous?, Kuba kw’isi ibihe bidashira mu gahimbare! Doit-on croire à la Trinité?, Intwaro izozana Iparadizo, Bitugendera Gute Iyo Dupfuye?, Quel est le but de la vie? Comment le découvrir?, hamwe na Iyo Uwo Wakunda Apfuye. Udutabu Un livre pour tous, Nos problèmes: qui nous aidera à les résoudre?, Imizimu y’Abapfuye—Yoba Ishobora Kugufasha Canke Kugutera? Ubwo Irabaho vy’Ukuri? hamwe na Connaîtrons-nous un jour un monde sans guerre? turashobora gutangwa aho bibereye.

◼ Amakaseti Mashasha yo Kwumviriza aboneka:

Lasting Peace and Happiness—How to Find Them? (Amahoro n’Ubuhirwe Biramba—Umuntu Yobironka Gute?) (ikaseti imwe)—Igishinwa (c’Ikimandare)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika