ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • wp17 no. 2 rup. 16
  • Bibiliya ibivugako iki?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Bibiliya ibivugako iki?
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2017
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • Twoba turi mu “misi ya nyuma”?
  • Abantu biteze iki muri kazoza?
  • Umuhero woba uri hafi?
    Bibiliya itwigisha iki?
  • Twoba turi mu “misi ya nyuma”?
    Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?
  • Ni ikimenyetso ikihe c’“imisi ya nyuma” canke “imisi y’iherezo”?
    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
  • Umuhero uzoza ryari? Ivyo Yezu yavuze
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2021
Ibindi
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2017
wp17 no. 2 rup. 16
Abato n’abakuze bibereye mw’Iparadizo

Abazorokoka imisi ya nyuma bazokwibera mw’iparadizo

Bibiliya Ibivugako Iki?

Twoba turi mu “misi ya nyuma”?

Wokwishura gute?

  • Ego

  • Oya

  • Kumbure

Ico Bibiliya ivuga

“Mu misi ya nyuma hazobaho ibihe bitoroshe kandi bigoye kwihanganira.” (2 Timoteyo 3:1) Ibivugwa muri Bibiliya be n’ibiba muri iki gihe birerekana ko turi mu “misi ya nyuma.”

Ibindi Bibiliya ivuga

  • Imisi ya nyuma yoranzwe n’intambara, amapfa, vya nyamugigima be n’indwara z’ibiza.​—Matayo 24:3, 7; Luka 21:11.

  • Mu misi ya nyuma, abantu bokwononekaye mu vy’inyifato runtu, ntibitwararike n’ivy’Imana.​—2 Timoteyo 3:2-5.

Abantu biteze iki muri kazoza?

Hari abiyumvira . . . ko ku musi w’iherezo, isi izotikizwa be n’abari kuri yo bose. Abandi na bo biteze ko ibintu bizorushiriza kuba vyiza. Wewe uvyibazako iki?

Ico Bibiliya ivuga

“Abagororotsi bazokwigabira isi, kandi bazoyibako ibihe bidahera.”​—Zaburi 37:29.

Ibindi Bibiliya ivuga

  • Ku musi w’iherezo, ubukozi bw’ikibi bwose buzokurwaho.​—1 Yohani 2:17.

  • Isi izohinduka ibe iparadizo.​—Yesaya 35:1, 6.

Ushaka ayandi makuru ku bijanye n’“imisi ya nyuma,” raba ikigabane ca 9 c’igitabu, Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?, casohowe n’Ivyabona vya Yehova

Kiraboneka no kuri www.jw.org

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika