Ibirimwo
3 Inkuru y’ubuzima—Ingene gutanga vyatumye ngira agahimbare
INDWI YO KU WA 26 NYAKANGA 2016–2 GITUGUTU 2016
8 Ingene umubano watanguye be n’intumbero yawo
INDWI YO KU WA 3-9 GITUGUTU 2016
13 Ingene abakirisu botuma umubano uroranirwa
Mu kiganiro ca mbere, turarimbura ingene umubano watanguye, ivyawugenga mu gihe ca rya Tegeko rya Musa be n’ingingo ngenderwako Yezu yashingiye abakirisu bubakanye. Ikiganiro ca kabiri kirarimbura ico Ivyanditswe bivuga ku ruhara rwega umugabo n’urwega umugore.
18 Nurondere ikintu kirusha agaciro inzahabu
INDWI YO KU WA 10-16 GITUGUTU 2016
20 Woba ubona ko ukeneye gutera imbere mu vy’impwemu?
INDWI YO KU WA 17-23 GITUGUTU 2016
25 Woba ubona ko kumenyereza abandi bikenewe?
Turahimbarwa n’uko igikorwa co kwamamaza Ubwami kiriko kiratera imbere. Ariko none, twoba tubona ko ivyo biduha uturyo two kurushiriza gukorera Imana? Dushobora gute gutera imbere mu vy’impwemu, ariko kandi tugafasha inyigisho zacu za Bibiliya kubigenza gutyo nyene? Kubera iki bikenewe ko tumenyereza abandi? Ibi biganiro biraca irya n’ino ivyo bibazo bihambaye.