ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w16 Myandagaro rup. 1-2
  • Integuro y’ukwiga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Integuro y’ukwiga
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2016
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2016
w16 Myandagaro rup. 1-2
Umunara w’Inderetsi w’ukwiga, Myandagaro 2016

Integuro y’ukwiga

MYANDAGARO 2016

IBIGANIRO VY’UKWIGA KUVA: 26 NYAKANGA–23 GITUGUTU 2016

© 2016 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania

ISHUSHO YO KU GIPFUKISHO:

HONGIRIYA

Ese ukuntu bihimbaye gushinga intahe mu gitondo ku nkengera y’Uruzi Danube! Abo bamamaji b’urweze bariko barabwira ubutumwa bw’Ubwami umugore abateze yompi mu kibanza ca bose c’i Vigadó, mu gisagara ca Budapest muri Hongiriya

ABAMAMAJI

22.582

ABATSIMVYI

1.980

INYIGISHO ZA BIBILIYA

12.163

Iki kinyamakuru si ico kugurisha. Gitanzwe mu bijanye n’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose c’ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye.

Wipfuza gutanga intererano, nuje kuri www.jw.org.

Kiretse aho vyerekanywe ukundi, amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha, yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika