ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w15 15/11 rup. 1-2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
  • Udutwe
  • INTEGURO Y’UKWIGA
  • IBIGANIRO VY’UKWIGA
  • IYI NOMERO IRIMWO KANDI
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
w15 15/11 rup. 1-2

Ibirimwo

15 Munyonyo 2015

© 2015 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania

INTEGURO Y’UKWIGA

28 KIGARAMA 2015–3 NZERO 2016

Niwigishe umwana wawe gukorera Yehova

URUPAPURO 3

4-10 NZERO 2016

Niwigishe umwana wawe w’umuyabaga gukorera Yehova

URUPAPURO 8

11-17 NZERO 2016

Yehova ni Imana y’urukundo

URUPAPURO 16

18-24 NZERO 2016

Woba “ukunda mugenzawe nk’uko wikunda”?

URUPAPURO 21

25-31 NZERO 2016

Imyaka ijana Ubwami bumaze buganza!

URUPAPURO 26

IBIGANIRO VY’UKWIGA

▪ Niwigishe umwana wawe gukorera Yehova

▪ Niwigishe umwana wawe w’umuyabaga gukorera Yehova

Yehova yarajeje abavyeyi ibanga rihimbaye ariko ritoroshe, na ryo akaba ari ukwigisha abana babo kumukorera. Ibi biganiro bibiri birerekana ukuntu abavyeyi bashobora kurangura iryo banga mu kwigana zitatu muri kamere za Yezu, ni ukuvuga urukundo, ukwicisha bugufi n’ugutahura.

▪ Yehova ni Imana y’urukundo

▪ Woba “ukunda mugenzawe nk’uko wikunda”?

Ica mbere muri ivyo biganiro bibiri kirerekana neza ko Yehova ari Imana y’urukundo. Kirasigura kandi ukuntu Imana yagaragarije abantu urukundo. Ikiganiro ca kabiri kirerekana ukuntu abasavyi ba Yehova bagaragariza urukundo bagenzi babo.

▪ Imyaka ijana Ubwami bumaze buganza!

Iki kiganiro kiravuga ivyakozwe kugira inkuru nziza itangazwe mu myaka 100 iheze Ubwami buganza. Raba ibikoresho bimwebimwe be n’uburyo bushasha twakoresheje mu gikorwa cacu co guhindura abantu abigishwa. Rimbura kandi ukumenyerezwa kirumara abamamaji b’Ubwami baronse muri iyo myaka.

IYI NOMERO IRIMWO KANDI

13 Ibibazo vy’abasomyi

14 Dukenguruke ugutanga cane kwa Yehova

31 Ivyo mu bushinguro bwacu

KU GIPFUKISHO: Umucungezi w’umuzunguruko be n’abatsimvyi badasanzwe bamwebamwe bafashe urugendo mu bwato baciye mw’ishamba rya manyenye rya Amazone. Baratangaza inkuru nziza banezerewe mu bigwati biri ukwa vyonyene ku nkengera y’urwo ruzi be no ku nkengera y’inzuzi zisuka muri rwo

BREZILE

ABANYAGIHUGU

203.067.835

ABAMAMAJI

794.766

ABATSIMVYI

84.550

ABITAVYE ICIBUTSO (mu 2014)

1.728.208

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika