Ibirimwo
15 Myandagaro 2015
© 2015 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
INTEGURO Y’UKWIGA
28 NYAKANGA 2015–4 GITUGUTU 2015
Tuzirikane ku rukundo rwa Yehova rudahera
URUPAPURO 9
5-11 GITUGUTU 2015
URUPAPURO 14
12-18 GITUGUTU 2015
Twitegurire muri iki gihe ubuzima bwo mw’isi nshasha
URUPAPURO 19
19-25 GITUGUTU 2015
Tube maso ku bo twifatanya muri iyi misi ya nyuma
URUPAPURO 24
IBIGANIRO VY’UKWIGA
▪ Tuzirikane ku rukundo rwa Yehova rudahera
Urwo Yehova akunda abasavyi biwe ntiruhera. Iki kiganiro kirashimika ku kuntu Imana yagaragaje urukundo rwayo. Niwazirikana urwo Yehova agukunda bizogufasha gukomeza ubucuti ufitaniye na we.
▪ Tugume turindiriye!
▪ Twitegurire muri iki gihe ubuzima bwo mw’isi nshasha
Igihe tumaze turindiriye ntigikwiye gutuma tureka kwizigira ko imihezagiro y’Ubwami izoranguka. Turi n’imvo zumvikana zo kuguma turindiriye ivyo Bibiliya itubwira. Ibi biganiro biratwereka ukuntu twobigira.
▪ Tube maso ku bo twifatanya muri iyi misi ya nyuma
Ni kubera iki bihambaye cane ko tuba maso ku bo twifatanya muri iyi misi ya nyuma igoye? Ijambo ry’Imana ridufasha gute kubigira? Ivyo bibazo be n’ibindi bisa na vyo birishurwa muri iki kiganiro.
KU GIPFUKISHO: Umuvukanyi akiri muto ariko arashinga intahe akaryo kizanye mu gisagara ca Esperanza mu kwerekana ividewo kuri jw.org
ARJANTINE
ABANYAGIHUGU
42.670.000
ABAMAMAJI
150.171
ABATSIMVYI BASANZWE
18.538
INYIGISHO ZA BIBILIYA
126.661
ABITAVYE ICIBUTSO (mu 2014)