ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w15 15/7 rup. 1-2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
  • Udutwe
  • INTEGURO Y’UKWIGA
  • IBIGANIRO VY’UKWIGA
  • IYI NOMERO IRIMWO KANDI
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
w15 15/7 rup. 1-2

Ibirimwo

15 Mukakaro 2015

© 2015 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania

INTEGURO Y’UKWIGA

31 MYANDAGARO 2015–6 NYAKANGA 2015

Nukore kugira uryohore iparadizo yo mu buryo bw’impwemu

URUPAPURO 7

7-13 NYAKANGA 2015

“Ukurokoka kwanyu kuzoba kuriko kuregereza”!

URUPAPURO 14

14-20 NYAKANGA 2015

Nugume uri intahemuka ku Bwami bw’Imana

URUPAPURO 22

21-27 NYAKANGA 2015

Iki ni ikibanza dusengeramwo

URUPAPURO 27

IBIGANIRO VY’UKWIGA

▪ Nukore kugira uryohore iparadizo yo mu buryo bw’impwemu

Abasavyi ba Yehova barifitiye amahoro adasanzwe mu gice co kw’isi c’ishirahamwe ry’Imana. Twokwerekana gute none ko dukenguruka cane iyo ntunganyo Yehova yadushiriyeho, kandi umwe wese muri twebwe yokora iki kugira ayo mahoro arushirize kwongerekana? Iki kiganiro kirishura ivyo bibazo.

▪ “Ukurokoka kwanyu kuzoba kuriko kuregereza”!

Iki kiganiro kirasigura ibintu bimwebimwe bishimishije biraririye gushika. Kirerekana kandi igituma abasavyi b’Imana bakwiye kuyizigira baherejeko mu gihe ca ya makuba akomeye.

▪ Nugume uri intahemuka ku Bwami bw’Imana

Muri iyi si iganzwa na Shetani, usanga abantu bishimira ibintu bitandukanye. Ariko rero, abakirisu basezeranye kuguma ari intahemuka kuri Yehova. Iki kiganiro kirerekana igituma tutisuka mu ndyane zo muri iyi si be n’ukuntu dushobora kumenyereza ubwenge bwacu be n’ijwi ryacu ryo mu mutima kugira tugume tutagira aho duhengamiye.

▪ Iki ni ikibanza dusengeramwo

Hirya no hino kw’isi, abasavyi ba Yehova barakoranira mu Ngoro z’Ubwami ibihumbi mirongo be no mu zindi nyubakwa kugira bamusenge. Muri iki kiganiro, turihweza ingingo ngenderwako zo mu Vyanditswe zidufasha gutahura ukuntu dukwiye kubona ivyo bibanza vyo gukoraniramwo, ukuntu dukwiye kubishigikira mu vy’amahera be n’ukuntu dukwiye kubibungabunga, ivyo vyose tukabigira ku bw’ubuninahazwa bwa Yehova.

IYI NOMERO IRIMWO KANDI

3 Baritanze babikunze mu Burusiya

12 Nukorere Yehova mu “misi y’ivyago”

20 Hoba hari uwubona ivyo ukora?

32 Wari ubizi?

KU GIPFUKISHO: Umugwi w’Ivyabona bariko barivuna umusase igihe bari mu busuku bwo mu ndimiro mu gice co hagati c’akarere amahero ka Siberiya

UBURUSIYA

ABANYAGIHUGU

143.930.000

ABAMAMAJI

171.268

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika