ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w14 15/9 rup. 1-2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
  • Udutwe
  • INTEGURO Y’UKWIGA
  • IBIGANIRO VY’UKWIGA
  • IYI NOMERO IRIMWO KANDI
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
w14 15/9 rup. 1-2

Ibirimwo

15 Nyakanga 2014

© 2014 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania

INTEGURO Y’UKWIGA

27 GITUGUTU 2014–2 MUNYONYO 2014

Ni igiki cakujijuye ko uri mu kuri?

URUPAPURO 7 • INDIRIMBO: 28, 107

3-9 MUNYONYO 2014

Nukorere Imana udahemuka naho woca mu “makuba menshi”

URUPAPURO 12 • INDIRIMBO: 135, 133

10-16 MUNYONYO 2014

Bavyeyi, nimuragire abana banyu

URUPAPURO 17 • INDIRIMBO: 88, 24

17-23 MUNYONYO 2014

Umwansi wa nyuma ari we rupfu azokurwaho

URUPAPURO 23 • INDIRIMBO: 111, 109

24-30 MUNYONYO 2014

Twibuke abari mu murimo w’igihe cose

URUPAPURO 28 • INDIRIMBO: 95, 100

IBIGANIRO VY’UKWIGA

▪ Ni igiki cakujijuye ko uri mu kuri?

Iki kiganiro kirerekana imvo zimwezimwe zituma abantu benshi babona yuko Ivyabona vya Yehova bari mu kuri. Turihweza kandi imvo zituma Ivyabona bajijuka ko bari mu kuri.

▪ Nukorere Imana udahemuka naho woca mu “makuba menshi”

Twese turashikirwa n’amakuba kubera ko turi mw’isi ya Shetani. Ibigeragezo bimwebimwe bimeze nk’ibitero vy’imbonankubone birondera ukwizera kwacu; ibindi na vyo ntibishoka vyibonekeza. Iki kiganiro kiradufasha kumenya ibitero vya Shetani ivyo ari vyo no kuvyitegurira.

▪ Bavyeyi, nimuragire abana banyu

Abavyeyi bategerezwa kurera abana babo “mu kubatoza indero no mu kuyobora ivyiyumviro vyabo nk’uko Yehova yashinze.” (Ef. 6:4) Iki kiganiro kiraca irya n’ino uburyo butatu bashobora kubigira maze bakaragira mu vy’impwemu abana babo bariko barakura.

▪ Umwansi wa nyuma ari we rupfu azokurwaho

Vyagenze gute ngo urupfu rube mu bigeramiye abantu? ‘Wa mwansi wa nyuma ari we rupfu azokurwaho’ gute? (1 Kor. 15:26) Raba ukuntu inyishu z’ivyo bibazo zerekana ubutungane bwa Yehova, ubukerebutsi bwiwe, na canecane urukundo rwiwe.

▪ Twibuke abari mu murimo w’igihe cose

Kuva kera, Yehova yamye afise abasavyi b’abizigirwa bamukorera igihe cose naho bituma bashikirwa n’ingorane muri iyi si. Twokora iki kugira ‘twibuke igikorwa cabo kiva ku kwizera n’ukubira akuya kwabo kuvuye ku rukundo’?​—1 Tes. 1:3.

IYI NOMERO IRIMWO KANDI

3 Woba uriko ‘urondera gushikira ibanga’?

22 Ibibazo vy’abasomyi

KU GIPFUKISHO: Abavukanyi babiri bariko babwira umurovyi ubutumwa bwo muri Bibiliya i Negombo ku nkengera yo mu burengero bwa Sri Lanka

SRI LANKA

ABANYAGIHUGU

20.860.000

ABAMAMAJI

5.600

ABATSIMVYI BASANZWE

641

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika