ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w14 15/6 rup. 1-2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
  • Udutwe
  • INTEGURO Y’UKWIGA
  • IBIGANIRO VY’UKWIGA
  • IYI NOMERO IRIMWO KANDI
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
w14 15/6 rup. 1-2

Ibirimwo

5 Ruheshi 2014

© 2014 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania

INTEGURO Y’UKWIGA

4-10 MYANDAGARO 2014

“Utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe”

URUPAPURO 12 • INDIRIMBO: 3, 65

11-17 MYANDAGARO 2014

“Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda”

URUPAPURO 17 • INDIRIMBO: 84, 72

18-24 MYANDAGARO 2014

Woba ubona ubugoyagoye bw’abantu nk’uko Yehova abubona?

URUPAPURO 23 • INDIRIMBO: 77, 79

25-31 MYANDAGARO 2014

Dufashe abandi bavemwo ico bashoboye kuvamwo cose

URUPAPURO 28 • INDIRIMBO: 42, 124

IBIGANIRO VY’UKWIGA

▪ “Utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe”

▪ “Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda”

Ibi biganiro biraca irya n’ino ya mabwirizwa abiri Yezu Kristu yavuga ko ari yo aruta ayandi yose yo mw’Itegeko. Raba ico Yezu yashaka kuvuga igihe yavuga ko dukwiye gukunda Yehova n’umutima wacu wose n’ubuzima bwacu bwose n’umuzirikanyi wacu wose. Raba ivyo twokora kugira twerekane ko dukunda mugenzi wacu nk’uko twikunda.

▪ Woba ubona ubugoyagoye bw’abantu nk’uko Yehova abubona?

▪ Dufashe abandi bavemwo ico bashoboye kuvamwo cose

Twofasha gute abanyinyana n’inyiyumvo z’ubugoyagoye? Ico ni kimwe mu vyihwezwa muri ibi biganiro. Birerekana kandi ukuntu twofasha abavukanyi bakiri bato n’abaheruka kubatizwa kuvamwo ico bashoboye kuvamwo cose.

IYI NOMERO IRIMWO KANDI

3 “Sena inzira y’ikirenge cawe” kugira ngo utere imbere

7 Ibibazo vy’abasomyi

8 Abo dusangiye ukwizera bahukanye twobafasha gute?

22 Woba uvyibuka?

KU GIPFUKISHO: Ku Ruzi Okavango rwo muri Botswana, inkuru nziza iriko irashikira abarovyi bavuga ikimbukushu

BOTSWANA

ABANYAGIHUGU

2.021.000

ABAMAMAJI

2.096

AMASHENGERO

47

MU 2013, ABITAVYE ICIBUTSO BARI

5.735

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika