ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w14 15/4 rup. 1-2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
  • Udutwe
  • INTEGURO Y’UKWIGA
  • IBIGANIRO VY’UKWIGA
  • IYI NOMERO IRIMWO KANDI
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
w14 15/4 rup. 1-2

Ibirimwo

15 Ndamukiza 2014

© 2014 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania

INTEGURO Y’UKWIGA

2-8 RUHESHI 2014

Niwigane ukwizera kwa Musa

URUPAPURO 3 • INDIRIMBO: 33, 133

9-15 RUHESHI 2014

Woba ubona “Umwe ataboneka”?

URUPAPURO 8 • INDIRIMBO: 81, 132

16-22 RUHESHI 2014

Nta wushobora gukorera ba shebuja babiri

URUPAPURO 17 • INDIRIMBO: 62, 106

23-29 RUHESHI 2014

Nugire umutima rugabo: Yehova ni umutabazi wawe!

URUPAPURO 22 • INDIRIMBO: 22, 95

30 RUHESHI 2014–6 MUKAKARO 2014

Woba ukenguruka ukuntu Yehova akugumizako ijisho?

URUPAPURO 27 • INDIRIMBO: 69, 120

IBIGANIRO VY’UKWIGA

▪ Niwigane ukwizera kwa Musa

▪ Woba ubona “Umwe ataboneka”?

Kubera ukwizera, Musa ntiyabona gusa ivyo amaso yiwe ashobora kubona. Muri ibi biganiro turaza kurimbura ingene twogaragaza ukwizera nk’ukwa Musa maze tukaguma ‘dushikamye nk’aho tubona Umwe ataboneka.’​—Heb. 11:27.

▪ Nta wushobora gukorera ba shebuja babiri

▪ Nugire umutima rugabo: Yehova ni umutabazi wawe!

Hirya no hino kw’isi, abantu amamiliyoni barahitamwo kwimuka kugira baje kurondera akazi. Benshi bagenda basize abo bubakanye hamwe n’abana babo. Ibi biganiro biradufasha gutahura ingene Yehova yipfuza ko tubona amabanga yo mu muryango be n’ukuntu adufasha kuyarangura.

▪ Woba ukenguruka ukuntu Yehova akugumizako ijisho?

Igihe dusomye ko “amaso ya Yehova ari ahantu hose,” bamwe muri twebwe boshobora kwiyumvira ko abigira kugira gusa arabe ko turenga ku mategeko yiwe, ivyo bikaba bishobora gutuma tumutinya mu buryo butabereye. (Imig. 15:3) Ariko rero, iki kiganiro kiratwereka uburyo butanu dushobora kwungukira ku kuba Yehova atugumizako ijisho.

IYI NOMERO IRIMWO KANDI

13 Aho umurimo w’igihe cose wanshikanye

32 Wari ubizi?

KU GIPFUKISHO: Muri Istanbul, umuvukanyi ariko abwira ubutumwa akaryo kizanye uwuriko aramumwa, mu kumuha agatabu Inkuru nziza

TIRKIYA

ABANYAGIHUGU

75.627.384

ABAMAMAJI

2.312

INYIGISHO ZA BIBILIYA

1.632

IGITIGIRI C’IVYABONA UBAGERERANIJE N’ABANYAGIHUGU

1 ku 32.711

Kuva mu 2004 igitigiri c’abatsimvyi basanzwe congerekanye ku bice 165 kw’ijana

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika