ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w14 15/2 rup. 1-2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
  • Udutwe
  • INTEGURO Y’UKWIGA
  • IBIGANIRO VY’UKWIGA
  • IYI NOMERO IRIMWO KANDI
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
w14 15/2 rup. 1-2

Ibirimwo

15 Ruhuhuma 2014

© 2014 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania.

INTEGURO Y’UKWIGA

7-13 NDAMUKIZA 2014

Ha impundu Kristu, wa Mwami aninahaye!

URUPAPURO 3 • INDIRIMBO: 99, 107

14-20 NDAMUKIZA 2014

Nunezererwe ubugeni bwa wa Mwagazi w’intama!

URUPAPURO 8 • INDIRIMBO: 109, 100

21-27 NDAMUKIZA 2014

Yehova araturonsa ivyo dukeneye kandi akadukingira

URUPAPURO 16 • INDIRIMBO: 60, 51

28 NDAMUKIZA 2014–4 RUSAMA 2014

Yehova ni we Mugenzi wacu mwiza kuruta abandi bose

URUPAPURO 21 • INDIRIMBO: 91, 63

IBIGANIRO VY’UKWIGA

▪ Ha impundu Kristu, wa Mwami aninahaye!

▪ Nunezererwe ubugeni bwa wa Mwagazi w’intama!

Yezu Kristu Umwami Mesiya arakenyera inkota yiwe maze akagendera kw’ifarasi kugira ngo atsinde abansi biwe. Amaze kubatsinda bose, arabira umugeni asa n’irirenga aherekejwe n’abigeme b’isugi ari bo bagenzi biwe. Ivyo bintu biteye akamwemwe biradondorwa muri Zaburi ya 45. Nutahure ukuntu bikwerekeye.

▪ Yehova araturonsa ivyo dukeneye kandi akadukingira

▪ Yehova ni we Mugenzi wacu mwiza kuruta abandi bose

Ni igiki gishobora gutuma turushiriza gukenguruka kuba Yehova ari Dawe wa twese wo mw’ijuru? Ibi biganiro bizodufasha gukomeza ubucuti dufitaniye na Yehova we aturonsa ivyo dukeneye, akadukingira, akaba kandi ari Umugenzi wacu mwiza kuruta abandi bose. Bizotuvyurira kandi umutima wo gufasha abandi kumutera iteka.

IYI NOMERO IRIMWO KANDI

13 Wa mupfakazi w’i Zarefati yarahawe impera kubera ukwizera kwiwe

26 Ibibazo vy’abasomyi

28 ‘Niwitegereze ubwiza bwa Yehova’

30 Ivyo mu bushinguro bwacu

KU GIPFUKISHO: Iki kibanza ca bose kirimwo uruja n’uruza (citwa Michaelerplatz) c’i Vienne ni ikibanza kibereye co kubwiriramwo abandi ubutumwa bwo muri Bibiliya. Ng’aho mushiki wacu ariko arashinga intahe mu gishinwa yongera ashikiriza igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?

OTRISHE

ABAMAMAJI

20.923

ABATSIMVYI

2.201

INYIGISHO ZA BIBILIYA

10.987

I Vienne, inkuru nziza y’Ubwami yamamazwa mu ndimi 25

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika