ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w13 15/10 rup. 1-2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • Udutwe
  • INTEGURO Y’UKWIGA
  • IBIGANIRO VY’UKWIGA
  • IYI NOMERO IRIMWO KANDI
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
w13 15/10 rup. 1-2

Ibirimwo

15 Gitugutu 2013

© 2013 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania.

INTEGURO Y’UKWIGA

2-8 KIGARAMA 2013

Ivyaremwe birahishura Imana nzima

URUPAPURO 7 • INDIRIMBO: 110, 15

9-15 KIGARAMA 2013

“Mushumbire Yehova”

URUPAPURO 12 • INDIRIMBO: 62, 84

16-22 KIGARAMA 2013

Ivyigwa twigira kw’isengesho riteguwe neza

URUPAPURO 21 • INDIRIMBO: 68, 6

23-29 KIGARAMA 2013

Nukore uhuza n’isengesho rya Yezu riranga urukundo

URUPAPURO 26 • INDIRIMBO: 57, 56

IBIGANIRO VY’UKWIGA

▪ Ivyaremwe birahishura Imana nzima

Imana itaboneka yaremye ibintu tubona biri kw’isi no mu kirere. Woba wemera ivyo n’umutima wawe wose? Si bose bavyemera. Twofasha gute abandi gutahura ukuri kwerekeye Umuremyi muri ico gihe nyene tukarushiriza kumwizera? Inyishu tuyisanga muri iki kiganiro.

▪ “Mushumbire Yehova”

Abakirisu bahimirizwa gushumbira Yehova. Iki kiganiro kiratwigisha intunganyo Itegeko rya Musa ryashiriraho abashumba, ukuntu twokwirinda kuba abashumba ba Shetani n’ibikwegakwega vyo mw’isi yiwe be n’ukuntu gushumbira Imana yacu tudahemuka bivamwo ivyiza vyinshi.

▪ Ivyigwa twigira kw’isengesho riteguwe neza

▪ Nukore uhuza n’isengesho rya Yezu riranga urukundo

Nitwazirikana kw’Ijambo ry’Imana buri musi, amasengesho yacu azorushiriza kuba meza. Ikiganiro ca mbere kirerekana ukuntu ukwo ari ko vyagenze ku bijanye n’isengesho Abalewi batuye basabira abasavyi b’Imana. Ikiganiro kigira kabiri kirerekana ingene twokora duhuza na rimwe mu masengesho aranga urukundo Yezu yatuye. Ayo masengesho yompi aratubera uburorero mu bijanye no gushira ivyerekeye Yehova imbere y’ivyo twebwe ubwacu dukenera.

IYI NOMERO IRIMWO KANDI

3 Baritanze babikunze—Muri Filipine

17 Kwiheka kuri Yehova vyaravuyemwo ivyiza

31 Woba worushiriza kuburira abandi?

KU GIPFUKISHO: Umwamamaji ariko aramamaza i Panajachel, kano kakaba ari agasagara kari hafi y’Ikiyaga Atitlán. Ivyabona vya Yehova bo muri Gwatemala baramamaza inkuru nziza mu ndimi kavukire 11 ziza ziyongera ku gisupanyoli

GWATEMALA

ABANYAGIHUGU:

15.169.000

ABAMAMAJI:

34.693

INYIGISHO ZA BIBILIYA:

47.606

[Igicapo ku rup. 2]

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika