ronderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi wo mu 2012
Ryerekana igenekerezo ry’inomero ikiganiro gisangwamwo
BIBILIYA
Bibiliya y’icongereza ya Coverdale, 1/6
Igiswahili, 1/9
Irahindura ubuzima, 1/1, 1/2, 1/4, 1/5, 1/7, 1/8, 1/10, 1/11
Iratandukanye n’ibindi bitabu, 1/6
Ku bw’urwaruka, 1/1, 1/4, 1/7, 1/10
Kuyikoresha mu buryo bw’ibintazi, 15/12
Yoba ivuga imbere y’igihe ibizoba? 1/1
IBIGANIRO VY’UKWIGA
Abakirisu b’ukuri barubaha Ijambo ry’Imana, 15/1
Amahoro mu kiringo c’imyaka igihumbi n’inyuma y’aho! 15/9
“Bari barongowe n’impwemu nyeranda,” 15/6
Dufashe abantu ‘bikangure bave mw’itiro,’ 15/3
Dushikanire Yehova ibimazi tutiziganya, 15/1
Ego yanyu nibe Ego, 15/10
Hagarara ushikamye wirinde imitego ya Shetani, 15/8
“Ingenzi” zunze ubumwe mu gusenga kw’ukuri, 15/12
Kubera iki twoshira imbere umurimo wa Yehova? 15/6
Mubabarirane ata gahigihigi, 15/11
“Ndi kumwe namwe,” 15/8
Ni agatima akahe werekana? 15/10
Nimwigenze nk’abatwarwa b’Ubwami! 15/8
“Ni nde nzogirira ubwoba?” 15/7
Niwigire ku kwihangana kwa Yehova na Yezu, 15/9
Niwizigire Yehova we Mana y’“ibihe n’ibiringo,” 15/5
‘Ntimuzi umusi canke isaha,’ 15/9
Nturabe “ibiri inyuma,” 15/3
Ntutane n’akabando umubano wawe w’abubatse, 15/5
Nugamburukire Imana maze wungukire ku mihango yayo, 15/10
Nugume ubona ko ibintu vyihutirwa, 15/3
Nugume ufise umutima ukwiye kuri Yehova, 15/4
Nukorere ya Mana y’umwidegemvyo, 15/7
Nureke Yehova akujane ku mwidegemvyo nyakuri, 15/7
Nurondere ukuroranirwa nyakuri, 15/12
Nutsimbataze agatima nk’ak’umuto, 15/11
Nuzigame agatima keza ishengero rifise, 15/2
“Nyigisha gukora ukugomba kwawe,” 15/11
Tugume turi “ingenzi,” 15/12
Tunezererwe icizigiro cacu, 15/3
Twigane Yezu mu bijanye no kuba maso, 15/2
Twigire kuba maso ku ntumwa za Yezu, 15/1
Twigire kuri vya bintu vy’ishimikiro vyerekeye ukuri, 15/1
Twihanganire ingorane zo muri iki gihe n’umutima rugabo, 15/10
Ubuhemu ni kimwe mu biranga imisi ya nyuma! 15/4
Ubuherezi bwa cami buzozanira ivyiza abantu bose, 15/1
“Ugire umutima rugabo kandi ukomere cane,” 15/2
Ukuntu iyi si izovaho, 15/9
‘Umwana aragomba guhishura Se,’ 15/4
Uraba maso ku mitego ya Shetani, 15/8
Uri umubwiriza w’umwizigirwa, 15/12
Urugo rw’abadasangiye idini rwobamwo agahimbare, 15/2
Woba ukenguruka ingabirano y’umubano w’abubatse iva ku Mana? 15/5
Woba uriko urerekana ubuninahazwa bwa Yehova? 15/5
Wokwungukira gute ku kuba Yehova yiteguriye kubabarira? 15/11
Yehova arahishura “ibitegerezwa kuba vuba,” 15/6
Yehova arakoraniriza hamwe umuryango wiwe, 15/7
Yehova arakoranya abasavyi biwe bahimbawe, 15/9
Yehova arazi kurokora abasavyi biwe, 15/4
Yehova aratuzigama ku bw’ubukiriro, 15/4
Yehova ni “Umuhishuzi w’amabanga,” 15/6
Yezu yaraduhaye icitegererezo co kwicisha bugufi, 15/11
INKURU Z’UBUZIMA
“Akabanga” twigiye mu murimo mweranda (O. Randriamora), 15/6
Imyaka 60 y’ubugenzi (L. Turner, W. Kasten, R. Kelsey, R. Templeton), 15/10
Imyaka 70 mfashe impuzu y’Umuyuda (L. Smith), 15/4
Nararonse umwidegemvyo nyakuri (M. Kilin), 1/12
Nariyegereje abantu banduta b’inkerebutsi (E. Gjerde), 15/5
Ububasha Ijambo ry’Imana ryagize ku muryango w’abahindu (N. Govindsamy), 1/10
“Ubuhimbare buri iruhande y’ukuryo kwawe ibihe bidahera” (L. Didur), 15/3
Ubu ndazi Imana nsenga (M. Bacudio), 1/9
Yehova yarampumuye amaso (P. Oyeka), 1/6
Yehova yaranyigishije gukora ivyo agomba (M. Lloyd), 15/7
IVYABONA VYA YEHOVA
Aba colporteurs, 15/5
Abagore barigisha? 1/9
Abasohoka Ishure rya Gileyadi, 1/2, 1/8
Abasuku b’ingenzi ba kera, 15/8
Abaziteki ba none, 1/3
Amahwaniro y’intara “Zigama umutima wawe!” 1/5
Amashure y’ivya gitewokarasi, 15/9
‘Avuye mu kanwa k’abana’ (Uburusiya, Ostraliya), 15/10
Baramamaje Ijambo ry’Imana n’umutima rugabo! 15/2
Baritanze muri Brezile, 15/10
Baritanze muri Équateur, 15/7
Ikete rivuye . . . , 1/3, 1/6, 1/9, 1/12
Ikoraniro rigirwa buri mwaka, 15/8
Imbibe nta co zibabwiye (Portigale, Espanye, Ubufaransa), 1/1
“Indoto yanje yararangutse” (ubutsimvyi), 15/7
Integuro yoroheje (Umunara w’Inderetsi), 15/12
Integuro y’ukwiga (Umunara w’Inderetsi), 15/1
“Kahise ntikabesha” (Estoniya), 1/12
Kubera iki bamamaza inzu ku nzu? 1/6
Kuzigama ibintu vy’agaciro bijanye na kahise, 15/1
‘Nzoshobora nte kwamamaza?’ (yari amugaye), 15/1
Sentare y’Abanyaburaya ishigikira ukwisunga ijwi ryo mu mutima (V. Bayatyan), 1/11
Ubuntu buratuma umujinya ushonga, 15/6
‘Ubutumwa bwiza igitangaza batari bwumve’ (iradiyo yo muri Kanada), 15/11
Umusesekara warujurije ugukehanirwa (intererano), 15/11
“Wodufasha ukadufotora?” (Megizike), 15/3
‘Yatumye nsa n’uwibonekeje’ (Ivalisi Aurore), 15/2
UBUZIMA BW’ABAKIRISU NA KAMERE ZABO
Abakirisu bo mu kinjana ca mbere muri politike? 1/5
Amadeni, 1/11
Ingabirano y’ubwirebange, 15/11
Ingene ukwiyigisha kwoguhimbara, kwokugirira akamaro, 15/1
Ivyigwa vyanje vya Bibiliya, 1/2, 1/5, 1/8, 1/11
Kubera iki abakirisu babatizwa? 1/4
Kuraba ivy’ubushegabo vyotuma umuntu acibwa? 15/3
Kwubaka bituma umuntu agira agahimbare? 1/10
“Mwiyubare umwambiro w’Abafarizayo,” 15/5
Niwigishe abana bawe, 1/3, 1/6, 1/9, 1/12
Nurondere “ubuyobozi bw’ubuhanga,” 15/6
Ubuntu, 1/9
Umuyabaga agize amakenga ku vyo wemera, 1/2
Urwandiko rwerekana ko abubakanye biyemeje kutazohemukiranira, 15/12
Utanga impanuro ute? 15/3
UTUNTU N’UTUNDI
Abacuraranzi, Ibicurarangisho (mu bihe vya Bibiliya), 1/2
“Abahungu b’abahanuzi,” 1/10
Abakirisu boba barahunze Yudaya imbere ya 70 G.C.? 1/10
Abami umunani bahishuwe, 15/6
Abatozakori (mu kinjana ca mbere), 1/3
Abeza bose boba bazoja mw’ijuru? 1/8
Aburahamu, 1/1
Agashari, 15/2
Ahasuwerusi (wa Esiteri), 1/1
‘Aho uzoja ni ho nzoja’ (Rusi), 1/7
Amabara n’ibitambara mu bihe vya Bibiliya, 1/3
Amabuye ku kambarwa ko ku gikiriza k’umuherezi, 1/8
Amahema Paulo yajisha, 1/11
Amakaramu, irangi mu bihe vya Bibiliya, 1/11
Amakete yarungikwa gute mu bihe vya Bibiliya? 1/9
Amatafari muri Misiri ya kera, 1/1
Anasi avugwa mu nkuru zo mu Njili, 1/4
Guhitamwo kazoza keza, 1/5
Gusubira kwizigirana (inyuma y’ukurenga ibigo), 1/5
Gutakaza igiceri c’idarakima, 1/12
Harumagedoni, 1/2
Ibiranga abakirisu b’ukuri, 1/3
Ibiremwa vy’impwemu bikorera iki abantu? 1/7
Ibitangaro, 1/8
Ibizoshikira amadini, 1/5
Idini na politike, 1/5
Igicaniro c’“Imana itazwi,” 1/3
“Igikorwa canyu kiri n’impera” (Asa), 15/8
Igiturire kizohera ryari? 1/10
Ikaburimbo nk’ubudongo, 1/7
Ikintu kiruta Noweli, 1/12
Impapuro mu bihe vya Bibiliya, 1/7
Imyironge mu gihe c’amaziko? 1/2
Inda z’agasamo zatimbishijwe, 15/12
“Intebe y’imanza” (Ivk 18:12), 1/5
Inzandiko z’amamuko y’Abayuda, 1/6
Isi yoba izovaho? 1/2
Itabi, 1/8
Ivyo kugura no kugurisha muri Isirayeli, 1/9
Kuki bamwebamwe badahimbaza Noweli? 1/12
Kuki bubakana gusa n’abo basangiye ukwizera? 1/7
Natani—Yaraburaniye ugusenga gutyoroye, 15/2
Ni ryari Intwaro y’Abongereza n’Abanyamerika yabaye iyigira indwi, 15/6
“Ntibishoboka!”—Bisobanura iki? 1/6
Tesalonika, 1/6
Ubukerebutsi, ubutwari, umutima uzira ubwikunzi (Esiteri), 1/1
Ubupfumu, 1/3
Ubutatu, 1/3
Uko ushotse wiyumvira umuntu, 1/3
Ukwisiga mu bihe vya Bibiliya, 1/12
Ukwizera ni nk’ikibando co kwishimikiza? 1/11
“Umugore w’agahebuza” (Rusi), 1/10
Umunyu wotakaza uburyohe? (Mt 5:13), 1/12
Umurimyi (mu bihe vya Bibiliya), 1/5
Umurovyi (mu bihe vya Bibiliya), 1/8
Umushahara ugabanutse, 1/6
Umusi w’Urubanza, 1/9
Umuvinyu wokoreshwa nk’umuti, 1/8
Umwungere (mu bihe vya Bibiliya), 1/11
Urupfu rw’intahemuka z’Imana ni “urw’agaciro,” 15/5
Woba ushobora kubaho ibihe bidahera? 1/10
Woba wemera ko wigeze kubaho? 1/12
Yarakingiye, arawuronderera, arumira kw’ibanga (Yozefu), 1/4
YEHOVA
Azoshiraho intwaro izoganza isi yose? 1/11
Data, 1/7
Kubera iki afise ishirahamwe? 1/2
Kubera iki twokoresha izina? 1/6
Kubera iki yarungitse Yezu kw’isi? 1/12
Kuki yasavye Aburahamu gutangako ikimazi umuhungu? 1/1
Ni igiki woshima kubaza Imana? 1/11
Ni nde yumva amasengesho? 1/7
Niwiyegereze Imana, 1/1, 1/2, 1/3, 1/4, 1/5, 1/6, 1/7, 1/8, 1/9, 1/10, 1/11, 1/12
Yoba ahanira abantu mu muriro udahera? 1/10
Yoba yitaho abakenyezi? 1/9
YEZU KRISTU
Igituma Abayuda batsitazwa n’uburyo yapfuye, 1/5
Injili zitari izo muri Bibiliya, 1/4
Inyishu z’ibibazo, 1/4
“Jana na we intambwe ibihumbi bibiri” (Mt 5:41), 1/4
Ni nde yarungitse ya “nyenyeri”? 1/4
Ukuntu yabona ivya politike, 1/5
Urupfu rwa Yezu dukwiye kurwibuka gute? 1/3
Yabaye Umwami ryari? 1/8
Yezu yoba ari Imana? 1/4
Za nkozi z’ikibi zari zakoze ikibi ikihe? 1/2