ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w12 15/9 rup. 1-2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Udutwe
  • IBIGANIRO VY’UKWIGA
  • INTUMBERO Y’IBIGANIRO VY’UKWIGA
  • IYI NOMERO IRIMWO KANDI
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
w12 15/9 rup. 1-2

Ibirimwo

15 Nyakanga 2012

© 2012 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania. Uburenganzira bwose ni ubw’abagisohoye.

Integuro y’ukwiga

IBIGANIRO VY’UKWIGA

22-28 GITUGUTU 2012

Ukuntu iyi si izovaho

URUPAPURO 3 • INDIRIMBO: 133, 132

29 GITUGUTU 2012–4 MUNYONYO 2012

Amahoro mu kiringo c’imyaka igihumbi n’inyuma y’aho!

URUPAPURO 8 • INDIRIMBO: 55, 134

5-11 MUNYONYO 2012

Niwigire ku kwihangana kwa Yehova na Yezu

URUPAPURO 18 • INDIRIMBO: 35, 90

12-18 MUNYONYO 2012

‘Ntimuzi umusi canke isaha’

URUPAPURO 23 • INDIRIMBO: 43, 92

19-25 MUNYONYO 2012

Yehova arakoranya abasavyi biwe bahimbawe

URUPAPURO 28 • INDIRIMBO: 119, 118

INTUMBERO Y’IBIGANIRO VY’UKWIGA

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 1, 2 URUPAPURO 3-12

Himirije gushika ibintu bikomeye. Ibi biganiro birerekana ibintu cumi dukwiye kuguma twibuka. Bitanu bijanye n’ugukurwaho kw’isi ya Shetani, ibindi bitanu na vyo bikaba bijanye n’ishirwaho ry’isi nshasha.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 3 URUPAPURO 18-22

Twese turashashaye kubona iherezo ry’ivy’iyi si mbi rizotuma haba ya Paradizo yasezeranwa. Waba umaze amezi canke imyaka urindiriye, ni kubera iki kwihangana bihambaye? Iki kiganiro kizodufasha gutsimbataza ukwihangana dukeneye.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 4 URUPAPURO 23-27

Abasavyi b’Imana bose barashashaye kubona iherezo ry’ivy’iyi si mbi. Iki kiganiro kizokwerekana yuko twungukira ku kuba tutazi umusi canke isaha nyezina iryo herezo rizoshikira.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 5 URUPAPURO 28-32

Amahwaniro yamye ari umuce uhambaye w’ugusenga gutyoroye. Iki kiganiro kiraca irya n’ino ibintu bikurubikuru bimwebimwe vyo mu buryo bw’impwemu bijanye n’amahwaniro yabaye mu bihe vya Bibiliya no mu bihe vya none, kikongera kigashimika ku vyiza twironkera igihe twitavye amahwaniro.

IYI NOMERO IRIMWO KANDI

13 Amashure y’ivya gitewokarasi​—Ni ikimenyamenya c’urukundo rwa Yehova

KU GIPFUKISHO: Abavukanyi bo muri Filipine baragerageza gushikira abantu bose, nk’uwu mugabo ari kw’ipikipiki ifatanye n’akaduga mu buraruko bwa Luzon

FILIPINE

ABAMAMAJI BO MURI FILIPINE

177.635

ABATSIMVYI BASANZWE

29.699

ABABATIJWE MU 2011

8.586

INDIMI IBISOHOKAYANDIKIRO BIHINDURWAMWO

21

[Ifoto ku rup. 2]

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika