Ibirimwo
15 Mukakaro 2012
© 2012 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania. Uburenganzira bwose ni ubw’abagisohoye.
Integuro y’ukwiga
IBIGANIRO VY’UKWIGA
27 MYANDAGARO 2012–2 NYAKANGA 2012
Nureke Yehova akujane ku mwidegemvyo nyakuri
URUPAPURO 7 • INDIRIMBO: 107, 27
3-9 NYAKANGA 2012
Nukorere ya Mana y’umwidegemvyo
URUPAPURO 12 • INDIRIMBO: 120, 129
10-16 NYAKANGA 2012
URUPAPURO 22 • INDIRIMBO: 33, 45
17-23 NYAKANGA 2012
Yehova arakoraniriza hamwe umuryango wiwe
URUPAPURO 27 • INDIRIMBO: 53, 124
INTUMBERO Y’IBIGANIRO VY’UKWIGA
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 1, 2 URUPAPURO 7-16
Yehova yipfuza ko ibiremwa vyiwe vyose bifise ubwenge bigira umwidegemvyo mwinshi ushoboka. Muri ibi biganiro, uzobona ukuntu ariko aratwigisha kugira ngo tube abantu bafise umwidegemvyo. Uzobona kandi ukuntu Shetani ariko aragerageza kudutwara umwidegemvyo mu kudukwegakwegesha icitwa ngo ni umwidegemvyo isi itanga.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 3 URUPAPURO 22-26
Kubera iki dutera tuja imbere n’umutima rugabo mu gikorwa cacu co kwamamaza kandi turwanywa, ivy’ubutunzi na vyo bikaba bibandanya kwunyuka? Nyinshi mu mvo zibituma zirashirwa ahabona muri Zaburi ya 27, ari na yo iki kiganiro gishingiyeko.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 4 URUPAPURO 27-31
Ubuyobozi bw’Imana buriko burakora muri iki gihe. Gusuzuma ibice bimwebimwe vy’ikete Paulo yandikiye Abanyefeso bizodufasha gutahura intumbero y’ubwo buyobozi no gukora duhuza na bwo.
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
3 Baritanze babikunze—Muri Équateur
17 Yehova yaranyigishije gukora ivyo agomba
32 “Indoto yanje yararangutse”
KU GIPFUKISHO: Kwamamaza inkuru nziza mu rurimi rw’ibimenyetso rwo muri Brezile mu gisagara ca Rio de Janeiro i Comunidade da Rocinha
ICIBARE CO MURI BREZILE C’ABAKORESHA URURIMI RW’IBIMENYETSO
AMASHENGERO
358
IMIGWI
460
IMIZUNGURUKO
18