Ibirimwo
1 Rusama 2012
© 2012 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania. Uburenganzira bwose ni ubw’abagisohoye.
Idini na politike vyoba bijana?
IBIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
5 Yezu yabona gute ivya politike?
6 Abakirisu boba bakwiye kuja muri politike?
8 Ivyo abakirisu bigisha bifasha iki ikibano?
10Kuba umukirisu n’umunyagihugu yitaho ibintu bishoboka gute?
IVYAMA BISOHOKA
12 Ivyotuma mu rugo haba agahimbare—Mwosubira gute kwizigirana?
16 Niwige Ijambo ry’Imana—Ni ibiki bizoshikira amadini?
18 Bibiliya irahindura ubuzima bw’abantu
22 Abasomyi bacu barabaza . . . Abakirisu bo mu kinjana ca mbere boba baraja muri politike?
23 Wari ubizi?
24 Ivyigwa vyanje vya Bibiliya
31 Niwiyegereze Imana—Irahemba abayikorera bose
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
26 Urashobora guhitamwo kazoza keza—Gute?