Ibirimwo
15 Kigarama 2011
Integuro y’ukwiga
IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:
30 Nzero 2012–5 Ruhuhuma 2012
Yoba akubera akarorero keza canke akubera imburi?
URUPAPURO 8
6-12 Ruhuhuma 2012
Kubera iki twoyoborwa n’impwemu y’Imana?
URUPAPURO 13
13-19 Ruhuhuma 2012
Abagaragaje ukwizera mu bihe vya kera bayobowe n’impwemu y’Imana
URUPAPURO 18
20-26 Ruhuhuma 2012
Kuyoborwa n’impwemu y’Imana mu kinjana ca mbere no muri iki gihe
URUPAPURO 22
Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 1 URUPAPURO 8-12
Abantu bamwebamwe bavugwa muri Bibiliya baratubera uturorero twiza, mugabo boshobora no kutubera uturorero two kutuburira. Iki kiganiro kizodufasha kwihweza ibijanye na Salomo muri iyo mice ibiri. Ni ivyigwa ibihe twomwigirako bizodufasha kubaho rukirisu?
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 2 URUPAPURO 13-17
Hariho inguvu zifise ububasha kw’isi no mw’ijuru zishobora kutuyobora neza mu buzima muri iyi isi mbi. None izo nguvu ni izihe? Ni kubera iki dukwiye kwipfuza kuyoborwa na zo? Kandi twokora iki kugira ngo tuzungukireko bimwe bishitse?
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 3, 4 URUPAPURO 18-26
Abasavyi b’Imana benshi bo mu bihe vya kera bari bafise impwemu nyeranda. Ni mu buryo butandukanye ubuhe impwemu y’Imana yakoreye kuri bo? Kwiga ingene Yehova yabayoboye bizoturemesha cane mu murimo turangura.
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
3 Kugira ivyo duhinduye vyaravuyemwo ivyiza
27 Ntureke ngo indwara itume utakaza umunezero
32 Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi wo mu 2011