ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w11 15/8 rup. 1-2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • Udutwe
  • IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:
  • Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga
  • IYI NOMERO IRIMWO KANDI
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
w11 15/8 rup. 1-2

Ibirimwo

15 Myandagaro 2011

Integuro y’ukwiga

IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:

26 Nyakanga 2011–2 Gitugutu 2011

Bararindiriye Mesiya

URUPAPURO 8

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 116, 30

3-9 Gitugutu 2011

Barabonye Mesiya!

URUPAPURO 12

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 109, 5

10-16 Gitugutu 2011

Yehova, “ya Mana itanga amahoro”

URUPAPURO 23

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 39, 76

17-23 Gitugutu 2011

Nukurikirane amahoro

URUPAPURO 27

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 53, 73

Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 1, 2 URUPAPURO 8-16

Ivyanditswe vy’igiheburayo birimwo ubuhanuzi bwinshi cane bwerekeye Mesiya. Gusuzuma bumwebumwe muri bwo bizogufasha kumenya Mesiya yasezeranywe. Amakuru ari muri ivyo biganiro akwiye kugufasha mu busuku. Vyongeye, nta gukeka ko ayo mayagwa azotuma urushiriza kwizera ubuhanuzi buva kuri Yehova.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 3, 4 URUPAPURO 23-31

Ubumwe burangwa mu Vyabona vya Yehova ni ikintu kidasanzwe, kandi ntidukwiye kwigera tubwanjanjwako. Ikiganiro ca mbere kirashira ahabona uburorero bwo muri Bibiliya buturemesha kuba indemeshamahoro. Ikiganiro kigira kabiri kiratwereka ukuntu dushobora gukurikirana amahoro.

IYI NOMERO IRIMWO KANDI

3 Internet​​—Nukoreshe neza ico gikoresho gitanga amakuru yo kw’isi yose

6 Ivyiyumviro vyofasha mu Gusenga kwo mu muryango no mu kwiyigisha

17 Ibibazo vy’abasomyi

18 Ikoraniro ry’intibagirwa

22 Ibibazo vy’abasomyi

32 Woba uvyibuka?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika