ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w11 15/6 rup. 1-2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • Udutwe
  • IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:
  • Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga
  • IYI NOMERO IRIMWO KANDI
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
w11 15/6 rup. 1-2

Ibirimwo

15 Ruheshi 2011

Integuro y’ukwiga

IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:

1-7 Myandagaro 2011

Hariho inkuru nziza abantu bose bakeneye

URUPAPURO 7

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 47, 101

8-14 Myandagaro 2011

Imana irashimagiza urukundo rwayo kuri twebwe

URUPAPURO 11

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 18, 91

15-​21 Myandagaro 2011

“Muragire ubusho bw’Imana mujejwe”

URUPAPURO 20

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 42, 84

22-​28 Myandagaro 2011

“Muhe iteka abakora cane muri mwebwe”

URUPAPURO 24

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 123, 53

Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 1, 2 URUPAPURO 7-​15

Mu gitabu c’Abaroma, intumwa Paulo yarerekeje ku muce w’“inkuru nziza” werekeye abantu b’abanyabicumuro. Uwo muce w’“inkuru nziza” ni uwuhe, kandi ushobora gute kuwungukirako? Ibi biganiro bizotuma urushiriza gutahura no gukenguruka inkuka ya Yezu be n’urukundo Imana yaseruye biciye kuri iyo nkuka.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 3, 4 URUPAPURO 20-​28

Ibi biganiro birerekana ingene abakurambere bashobora kurushiriza gutahura no guha agaciro agateka ko kuragira ishengero. Biraca irya n’ino kandi uburyo butandukanye ishengero ryokwerekana yuko riha iteka abakurambere ribishashaye.

IYI NOMERO IRIMWO KANDI

3 Abakiri bato boba bakwiye kubatizwa?

16 Aburahamu yoba vy’ukuri yari atunze ingamiya?

18 ‘Uzane ya mizingo y’ibitabu, canecane iyo mu nsato’

29 ‘Nutume inzira yawe iroranirwa’​​—⁠Wobigenza gute?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika