Ibirimwo
15 Nzero 2011
Integuro y’ukwiga
IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:
28 Ruhuhuma 2011–6 Ntwarante 2011
‘Nuhungire mw’izina rya Yehova’
URUPAPURO 3
7-13 Ntwarante 2011
Nimwubahe umubano w’ababiranye mu kubona ko ari ingabirano iva ku Mana
URUPAPURO 13
14-20 Ntwarante 2011
Nukoreshe neza ubwirebange bwawe
URUPAPURO 17
21-27 Ntwarante 2011
Turaronka ububasha bwo gutsinda ibigeragezo n’ugucika intege
URUPAPURO 22
28 Ntwarante 2011–3 Ndamukiza 2011
Turaronka ububasha bwo gutsinda ikigeragezo ico ari co cose
URUPAPURO 26
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 133, 100
Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 1 URUPAPURO 3-7
Twohungira hehe muri iki gihe kigoye? Ijambo ry’Imana rivuga yuko twohungira mw’izina rya Yehova. Iki kiganiro kirerekana ingene dushobora gukingirwa ubu be n’igihe wa “musi uhambaye wa Yehova” uzoshika. Kirerekana icanditswe c’umwaka wa 2011.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 2, 3 URUPAPURO 13-21
Umubano w’ababiranye hamwe n’ubwirebange ni ingabirano ziva ku Mana, imwe yose ikaba ituma umuntu aronka imihezagiro. Twaba twubatse canke turi abirebange, ibi biganiro bizoca irya n’ino imvo zotuma dukenguruka izo ngabirano vyongere bitwereke ingene twogaragaza ko tuzikenguruka.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 4, 5 URUPAPURO 22-30
Turakeneye gushigikirwa na Yehova kugira ngo dushitse ukwiyegura kwacu. Ibi biganiro bizoca irya n’ino ingene impwemu nyeranda idufasha kunanira ibigeragezo, kwihanganira ugucika intege, gushikama mu ruhamo, kunanira akosho k’urunganwe no kwihanganira ingorane zikomeye.
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
9 Ndakengurukira Yehova kuba naramukoreye, mbere no mu bigeragezo
31 Nugume uzirikana ivyo Yehova amaze kugukorera
[Abo dukesha ifoto ku rup. 2]
© Stähli Rolf A/age fotostock