Ibirimwo
1 Kigarama 2010
Ni bande baba mu karere k’impwemu?
IBIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
3 Hariho ababayo—None ni bande?
4 Imana yarerekanye ivyo mu karere k’impwemu
7 Ni nde twovugana mu karere k’impwemu?
IVYAMA BISOHOKA
11 Niwiyegereze Imana—Irazi “umutima w’abana b’abantu”
25 Abasomyi bacu barabaza . . .
30 Niwigishe abana bawe—Ibanga wobwira abandi
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
12 Abavugwa muri Bibiliya boba vy’ukuri bararamvye ukuraho?
18 Kubera iki batemeye Mesiya?
22 Niwitwararike abavyeyi bireranye abana
26 Imana ‘irakora ibintu bikomeye’—Ivyo naravyiboneye