Ibirimwo
1 Rusama 2010
Imana yoba yaraduhevye?
IBIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
4 Mbega Imana iriko ikora iki?
IVYAMA BISOHOKA
14 Ku bw’urwaruka—Nuburanire ivyo wemera wajijutseko!
16 Ivyo twigira kuri Yezu—Ingene twokurikira Kristu
18 Ivyotuma mu rugo haba agahimbare—Ingene wokwigisha abana kuba abantu bitwararika ibintu
26 Bibiliya irahindura ubuzima bw’abantu
30 Niwiyegereze Imana—Igihe “umutima umenetse, ujanjaguwe” urondeye guharirwa
31 Abasomyi bacu barabaza . . .
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
8 Abapfakazi n’abapfakare—Bakeneye iki? Wobafasha gute?
21 Izina ry’Imana, Yehova, mu rusengero rw’Abanyamisiri
23 “ Inkuru nziza” yamamazwa mu mazinga yo mu Buraruko bwa kure bwa Ositaraliya