ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w09 15/10 rup. 1-2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
  • Udutwe
  • IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:
  • Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga
  • IYI NOMERO IRIMWO KANDI:
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
w09 15/10 rup. 1-2

Ibirimwo

15 Gitugutu 2009

Integuro y’ukwiga

IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:

30 Munyonyo 2009–6 Kigarama 2009

“Mururumbe impwemu”

URUPAPURO 3

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 191, 177

7-13 Kigarama 2009

“Mubane amahoro n’abantu bose”

URUPAPURO 7

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 159, 206

14-20 Kigarama 2009

“Muri abagenzi banje”

URUPAPURO 13

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 224, 217

21-27 Kigarama 2009

Ukuntu twozigama ubugenzi mw’isi idakundana

URUPAPURO 17

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 173, 155

Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga

Ikiganiro c’ukwiga ca 1, 2 URUPAPURO 3-11

Ivyo biganiro biraca irya n’ino imirongo yose igize ikigabane ca 12 c’igitabu c’Abaroma, ufatiye ku ciyumviro kimwekimwe. Tuzorimbura ico bisobanura ‘kururumba impwemu’ no gushikanira Imana imibiri yacu nk’ikimazi kizima. Vyongeye, tuzomenya ukuntu dushobora kuba indemeshamahoro i muhira no mw’ishengero, twongere tumenye uburyo butandukanye dushobora gutsindisha ikibi iciza.

Ikiganiro c’ukwiga ca 3, 4 URUPAPURO 13-21

Kuba umugenzi mwiza bisobanura iki? Ivyo biganiro bizodufasha kubona ingene Yezu yatanze akarorero mu bijanye n’ivyo, twongere turabe ingene abakirisu bo mu kinjana ca mbere bakurikije ako karorero. N’ikindi kandi, bizosigura igituma ari ngirakamaro ko dutsimbataza muri iki gihe ubugenzi bukomeye kandi bwubaka, vyongere bitwereke ingene twobigira.

IYI NOMERO IRIMWO KANDI:

Ibibazo vy’abasomyi

URUPAPURO 12

Ukuntu amahwaniro atatu yagize ico akoze ku buzima bwanje

URUPAPURO 22

Woba ‘ushinze imizi kandi uhamangiwe ku mushinge’?

URUPAPURO 26

Ugusenga kwo mu muryango​—Ni ntahara kugira ngo umuntu aze arokoke!

URUPAPURO 29

Woba warishingiye umwanya wo kwiga Bibiliya?

URUPAPURO 32

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika