Ibirimwo
1 Gitugutu 2009
Impwemu Nyeranda—Ni iki?
IBIRI MURI IYI NOMERO
3 Ni kubera iki abantu bazazanirwa n’ivyerekeye impwemu nyeranda?
6 Impwemu nyeranda ni inguvu ukeneye mu buzima bwawe
10 Niwiyegereze Imana—Ni ibiki Yehova adusaba?
11 Vyoba bishoboka ko umuntu yizera yuko hariho Umuremyi?
15 Ivyabajijwe n’abasomyi bacu
16 Niwigishe abana bawe—Shemu yarabonye ububi bw’abantu b’imbere y’Umwuzure n’ab’inyuma yawo
18 Codex y’i Vatikano—Ni kubera iki ari ubutunzi?
25 Uburovyi bwo ku Kiyaga c’i Galilaya
Niwigane ukwizera kwabo—Yararwanye urugamba kugira ngo atsinde ubwoba n’ugukekeranya
URUPAPURO 21
Intambara yoba ijanye n’ubukirisu?
URUPAPURO 29