ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w09 15/9 rup. 1-2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
  • Udutwe
  • IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:
  • INTUMBERO Y’IBIGANIRO VY’UKWIGA
  • IYI NOMERO IRIMWO KANDI:
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
w09 15/9 rup. 1-2

Ibirimwo

15 Nyakanga 2009

Integuro y’ukwiga

IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:

26 Gitugutu 2009–1 Munyonyo 2009

Mugumane muri mwebwe wa mutima Kristu yari afise

URUPAPURO 7

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 62, 66

2-8 Munyonyo 2009

Nugamburuke kandi ugire umutima rugabo nka kumwe kwa Kristu

URUPAPURO 11

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 8, 107

9-15 Munyonyo 2009

Urukundo rwa Kristu ruratuma natwe tugira urukundo

URUPAPURO 16

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 89, 35

16-22 Munyonyo 2009

Agaciro gahebuje k’inyigisho iva ku Mana

URUPAPURO 21

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 91, 59

23-29 Munyonyo 2009

Woba uha agaciro ivyo Yehova yakoze kugira ngo akurokore?

URUPAPURO 25

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 55, 153

INTUMBERO Y’IBIGANIRO VY’UKWIGA

Ikiganiro c’ukwiga ca 1-3 URUPAPURO 7-20

Turazi yuko Yezu yabereye akarorero abakirisu mu buryo bwinshi. Ibi biganiro bikurikirana birashimika ku mutima Yezu yagaragaje be no ku kuntu yakora ibintu. Uzobona uturorero woshobora kwisunga mu muryango wawe no mw’ishengero hamwe n’igihe uriko uranyinyana n’ingorane.

Ikiganiro c’ukwiga ca 4 URUPAPURO 21-25

Uha agaciro ku rugero rungana iki ukuri wize kwo mw’Ijambo ry’Imana? Iki kiganiro kizodufasha kuzirikana ku vyiza bidasanzwe biva ku nyigisho iva ku Mana. Kirerekana kandi imihezagiro turonka igihe tugira ivyo duhevye ku bw’inkuru nziza.

Ikiganiro c’ukwiga ca 5 URUPAPURO 25-29

Ni ibiki Yehova yakoze kugira ngo adukureko icaha n’urupfu? Ivyo vyamusavye ibiki? Kumenya inyishu z’ivyo bibazo birashobora gutuma imitima yacu ibogaboga ugukenguruka bikongera bikadusunikira kwereka Yehova ukuntu duha agaciro rwose icizigiro co kurokorwa, ico we hamwe n’Umwana wiwe batumye gishoboka.

IYI NOMERO IRIMWO KANDI:

Idini​—Ni je noryihitiramwo canke ni abavyeyi banje?

URUPAPURO 3

Nararonse ubuzima buri n’intumbero

URUPAPURO 30

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika