Ibirimwo
15 Ndamukiza 2009
Integuro y’ukwiga
IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:
1-7 Ruheshi 2009
Yobu yarashize hejuru izina rya Yehova
URUPAPURO 3
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 197, 41
8-14 Ruheshi 2009
Ugutungana kwawe gutuma umutima wa Yehova unezerwa
URUPAPURO 7
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 160, 138
15-21 Ruheshi 2009
Ubukerebutsi bwa Yehova burabonekera mu vyo yaremye
URUPAPURO 15
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 79, 84
22-28 Ruheshi 2009
URUPAPURO 24
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 205, 150
29 Ruheshi 2009–5 Mukakaro 2009
Dutahure ko Yezu ari we Dawidi Mukuru akaba na we Salomo Mukuru
URUPAPURO 28
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 168, 209
Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga
Ikiganiro c’ukwiga ca 1, 2 URUPAPURO 3-11
Ivyo biganiro biraca irya n’ino imvo yatumye Yehova areka Shetani agateza Yobu ivyago vy’urutavanako be n’icafashije Yobu kugumana ugutungana kwiwe. Vyongeye, birasigura ingene dushobora kuguma turi abizigirwa nka Yobu, maze bigatuma umutima wa Yehova unezererwa.
Ikiganiro c’ukwiga ca 3 URUPAPURO 15-19
Ibintu Yehova yaremye birahishura imice itandukanye ya kamere ziwe. Twihweje ivyaremwe, turashobora kugira ivyo tuvyigiyeko vy’ingirakamaro. Muri ico kiganiro, tuzorimbura uburorero bune bw’ivyo Yehova yaremye twongere duce irya n’ino ivyigwa twovyigirako.
Ikiganiro c’ukwiga ca 4, 5 URUPAPURO 24-32
Inkuru zo muri Bibiliya zigana ubuzima bw’abantu bamwebamwe b’abizigirwa babayeho imbere ya Yezu, zirerekana ko hariho ibintu bidasanzwe abo bantu bari bahuriyeko na Yezu. Muri ibi biganiro bibiri, tuzorimbura ivyerekeye Musa, Dawidi be na Salomo twongere turabe ingene inkuru zigana ubuzima bwabo zituma turushiriza gutahura uruhara Yezu arangura mu mugambi w’Imana.
IYI NOMERO IRIMWO KANDI:
Ibibazo vy’abasomyi—Hoba hari icizigiro c’uko akana gapfiriye mu nda y’umuvyeyi wako kazozuka?
URUPAPURO 12
URUPAPURO 14
Woba ushobora gukorera aho abamamaji b’Ubwami bakenewe kuruta ahandi?
URUPAPURO 20