Ibirimwo
15 Ruhuhuma 2009
Integuro y’ukwiga
IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:
6-12 Ndamukiza 2009
Ingene amajambo Yezu yavuze atuma umuntu agira ubuhirwe
URUPAPURO 6
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 57, 36
13-19 Ndamukiza 2009
Nureke amajambo Yezu yavuze agire ico akoze ku kuntu wifata
URUPAPURO 10
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 106, 132
20-26 Ndamukiza 2009
Amajambo Yezu yavuze yoba agira ico akoze ku masengesho utura?
URUPAPURO 15
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 88, 161
27 Ndamukiza 2009–3 Rusama 2009
“Baguma bakurikira wa Mwagazi w’intama”
URUPAPURO 24
INDIRIMO ZIKORESHWA: 213, 53
Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga
Ikiganiro c’ukwiga ca 1-3 URUPAPURO 6-19
Yezu arangije “amajambo” yavuze muri ya Nsiguro yo ku Musozi, “amasinzi [yaciye] ajorezwa n’uburyo yigisha.” (Mat. 7:28) Uraza kumenya igituma ibintu vyagenze gutyo, wongere ubone ingene amajambo yavuze ashobora gutuma ugira ubuhirwe akongera akagira n’ico akoze ku nyifato yawe no ku masengesho utura.
Ikiganiro c’ukwiga ca 4 URUPAPURO 24-28
“Umushumba w’umwizigirwa kandi w’ubwenge” yarashinzwe “ivyo [Kristu] atunze vyose.” (Mat. 24:45-47) Iki kiganiro kirerekana igituma dukwiye kwizigira uwo mushumba be n’ukuntu dushobora kugaragaza ko tumwizigira.
IYO NOMERO IRIMWO KANDI:
Ijambo rya Yehova ni rizima—Ibikurubikuru vyo mu gitabu c’Ivyahishuwe—Igice ca 2
URUPAPURO 3
Woba ukwiye kuguma wumiye ku vyo wikundira?
URUPAPURO 19
Abamisiyonari bararemeshejwe kuba nka Yeremiya
URUPAPURO 22
Amaziko ya gikirisu ateye iteka, aciye bugufi kandi ahimbara Imana
URUPAPURO 29