Ibirimwo
15 Nzero 2009
Integuro y’ukwiga
IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:
2-8 Ntwarante 2009
URUPAPURO 3
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 200, 172
9-15 Ntwarante 2009
Nuronkere umunezero mu gikorwa co guhindura abantu abigishwa
URUPAPURO 7
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 130, 211
16-22 Ntwarante 2009
Woba uri ‘umubwiriza w’ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana’?
URUPAPURO 12
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 50, 58
23-29 Ntwarante 2009
URUPAPURO 21
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 168, 4
30 Ntwarante 2009–5 Ndamukiza 2009
Umusavyi wa Yehova ‘yacumitiwe ibicumuro vyacu’
URUPAPURO 25
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 224, 214
Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga
Ikiganiro c’ukwiga ca 1-3 URUPAPURO 3-16
Gukurikira Kristu bisobanura iki? Bisobanura kwigana kamere ziwe zibonekeje, nk’ubukerebutsi bwiwe be n’ukwicisha bugufi kwiwe. Bisaba kandi ko tuba abanyamwete mu gikorwa co guhindura abantu abigishwa. Harimwo no kugaragariza abo dusangiye ukwizera urukundo ruvuye ku mutima. Ivyo biganiro biraca irya n’ino ingene dushobora kwigana Kristu muri iyo mice itatu.
Ikiganiro c’ukwiga ca 4-5 URUPAPURO 21-29
Ivyo biganiro bibiri biraca irya n’ino ubuhanuzi butari buke bwo mu gitabu ca Yesaya bwarangukiye kuri Yezu Kristu. Kwihweza ubwo buhanuzi biraza gutuma turushiriza gutahura neza no gukenguruka ibintu vyose Yehova be na Yezu baranguye ku bwacu biciye ku rupfu rwa Yezu no kw’izuka ryiwe. Ku bw’ivyo, ivyo biganiro biraza kudufasha gutegura imizirikanyi yacu be n’imitima yacu ku bwo guhimbaza Icibutso kizoba ku mugoroba wo kw’igenekerezo rya 9 Ndamukiza 2009.
IYI NOMERO IRIMWO KANDI:
“Iyi ni yo nzira, mube ari yo mujana”
URUPAPURO 17
Ijambo rya Yehova ni rizima—Ibikurubikuru vyo mu gitabu c’Ivyahishuwe—Igice ca 1
URUPAPURO 30