Ibirimwo
15 Nyakanga 2008
Integuro y’ukwiga
IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:
3-9 Munyonyo
Yehova yarabaye “umurokozi” mu bihe vya Bibiliya
URUPAPURO 3
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 74, 44
10-16 Munyonyo
URUPAPURO 7 INIDIRIMBO ZIKORESHWA: 153, 3
17-23 Munyonyo
Umubano wanyu nugume ugizwe n’“igitsibo c’imigozi itatu”
URUPAPURO 16
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 117, 173
24-30 Munyonyo
URUPAPURO 20
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 10, 191
Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga
Ikiganiro c’ukwiga ca 1, 2 URUPAPURO 3-11
Ibi biganiro bibiri bikurikirana bishingiye kuri Zaburi ya 70. Muri iyo zaburi hatubwira yuko Yehova ari “umurokozi.” Ivyo biganiro birerekana ukuntu Yehova yarokoye abasavyi biwe mu bihe vya Bibiliya be n’ingene aturokora muri iki gihe.
Ikiganiro c’ukwiga ca 3 URUPAPURO 16-20
Birashobora kuba urugamba ku bubakanye kuguma bunze ubumwe muri kino gihe, naho nyene bompi boba ari abasavyi ba Yehova. Iki kiganiro kirimwo impanuro ngirakamaro zijanye n’ukuntu abakirisu bogumiza Yehova mu mubano wabo, be n’izijanye n’ico bokora igihe hadutse ingorane.
Ikiganiro c’ukwiga ca 4 URUPAPURO 20-24
Hari ihitamwo twese tubwirizwa kugira: Twoba tuzorondera kuronka impwemu nyeranda y’Imana twongere tuyireke ituyobore, canke tuzoreka impwemu y’isi ibe ari yo ituyobora? Iki kiganiro kiraca irya n’ino ivyo bintu vyompi bishoboka, kikongera kikadufasha kugira ihitamwo rizotuma tugira agahimbare.
IYI NOMERO IRIMWO KANDI:
Tugwire mu bumenyi butagira amakosa ‘tubishashaye cane’
URUPAPURO 12
URUPAPURO 25
Twigane Yezu mu gusenga mu buryo Imana yemera
URUPAPURO 26
Ijambo rya Yehova ni rizima—Ibikurubikuru vyo mu makete ku Banyatesalonika no kuri Timoteyo
URUPAPURO 29
URUPAPURO 32