Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
◼ Mu rugendo urimwo rw’ubuzima, ushobora gute kumenya neza inzira wojana? Raba ku rupapuro rwa 8.
◼ Inyigisho za Yezu zazigamwe gute mu nyandiko mu buryo butagira amakosa? Raba ku rupapuro rwa 12.
◼ Vyagenze gute ngo umunya Ukraine avuga ikidagi yamamaze mu gasagara gatoyi ko muri Paragwe? Raba ku rupapuro rwa 19.
◼ Hoba hari umuti woboneka wo guhagarika ubushuhe bw’isi butera bwongerekana? Raba ku rupapuro rwa 26.