Ibirimwo
15 Mukakaro 2008
Integuro y’ukwiga
IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:
1-7 Nyakanga
Ubusuku bw’inzu ku nzu, ni kubera iki buhambaye muri iki gihe?
URUPAPURO 3
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 32, 162
8-14 Nyakanga
Ukuntu twovyifatamwo neza mu ngorane zidushikira mu busuku bw’inzu ku nzu
URUPAPURO 7
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 53, 92
15-21 Nyakanga
URUPAPURO 12
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 133, 211
22-28 Nyakanga
URUPAPURO 17
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 148, 192
Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga
Ikiganiro c’ukwiga ca 1, 2 URUPAPURO 3-11
Ivyabona vya Yehova barazwi hirya no hino kw’isi ko barangura ubusuku bw’inzu ku nzu. Ibi biganiro bibiri bikurikirana biraca irya n’ino igituma dukoresha cane ubwo buryo bwo kwamamaza Injili be n’ingene tuvyifatamwo neza mu ngorane zidushikira mu gikorwa co kwamamaza inzu ku nzu.
Ikiganiro c’ukwiga ca 3, 4 URUPAPURO 12-21
Ivyo biganiro birimwo umwihwezo ukomeza ukwizera w’ibigereranyo bitanu mu vyo Yezu yatanze. Insobanuro zavyo zimwezimwe ziratuma tubitahura mu buryo buhuye n’ibihe tugezemwo. Ivyo biganiro biratuma turushiriza gutahura ububasha bw’impwemu y’Imana, uko tumenya ukuntu ivyo bigereranyo bitanu vyerekena uburyo butandukanye igikorwa co kwamamaza Ubwami gituma haba iyongerekana.
IYI NOMERO IRIMWO KANDI:
Ntitwagize ubwoba kuko Yehova yari kumwe natwe
URUPAPURO 22
Ijambo rya Yehova ni rizima—Ibikurubikuru vyo mu makete ku Bakorinto
URUPAPURO 26
Niwitege ibitegereka, uheze ugire umunezero
URUPAPURO 29