Ibirimwo
15 Nzero 2008
Integuro y’ukwiga
IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:
11-17 Ruhuhuma
“Ugume uri maso ku busuku wemeye mu Mukama”
URUPAPURO 4
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 193, 151
18-24 Ruhuhuma
Niwiyubare ku bijanye n’‘ubuhanga bwawe bwo kwigisha’
URUPAPURO 8
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 6, 123
25 Ruhuhuma–2 Ntwarante
“Abafise agatima kabereye” bariko barakira neza inkuru nziza
URUPAPURO 13
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 156, 133
3-9 Ntwarante
Barabonwa ko babereye kuronka Ubwami
URUPAPURO 20
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 195, 60
10-16 Ntwarante
Barabonwa ko babereye kurongorwa ku masôko y’amazi y’ubuzima
URUPAPURO 24
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 99, 187
Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga
Ikiganiro c’ukwiga ca 1-3 URUPAPURO 4-17
Ivyo biganiro vy’ukwiga bitatu bizokomeza umwiyemezo ufise wo kubandanya kugira uruhara mu busuku bwa gikirisu. Bizokwibutsa igituma ukeneye kuba umunyamwete, bikwereke ingene woryohora ‘ubuhanga bwawe bwo kwigisha’, vyongere bikuremeshe mu kukwereka yuko abantu benshi bakiriko barakira neza igikorwa co kwamamaza turangura.
Ikiganiro c’ukwiga ca 4, 5 URUPAPURO 20-28
Ivyo biganiro vy’ukwiga bibiri biraca irya n’ino mu buryo bwimbitse icizigiro abakirisu b’ukuri bafise. Waba ufise icizigiro co kuzobana na Kristu mw’ijuru canke kuzoba ibihe bidahera kw’isi izoba itwarwa n’Ubwami, ivyo biganiro bizotuma urushiriza cane guha agaciro ubuntu-mvarukundo bwa Yehova be n’ubukerebutsi bwiwe budaserangurika.
IYI NOMERO IRIMWO KANDI:
Integuro nshasha y’ukwiga y’Umunara w’Inderetsi
URUPAPURO 3
Bararyohoye ubuzima bwabo—Woba nawe ushobora kubigenza gutyo?
URUPAPURO 17
Ijambo rya Yehova ni rizima—Ibikurubikuru vyo mu gitabu ca Matayo
URUPAPURO 29
Igihe abakirisu bagosorwa nk’ingano
URUPAPURO 32